Itarike 31 Mukakaro

Yanditswe na Luc Noel Ingabire
Kuya 31 juillet 2017 saa 09:08
Yasomwe : 945
0 0

Igenekerezo rya 31 Mukakaro.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
432 : Itorwa rya Papa Sixto wa 3. Yasubiriye Célestin wa 1. Akaba yabaye umu papa agira wa 44.
1959 : Havuka umurwi w’abaryanyi wa ETA muri Espagne.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1912 : Milton Friedman, umuhinga muvyo ubutunziw’umunyamerika yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu vy’ubutunzi mu 1976.
1914 : Louis de Funès, umukinyi w’amareresi atwenza w’umufaransa.
1921 : Peter Benenson, umushingwamanza (...)

1921 : Peter Benenson, umushingwamanza w’umwongereza yatanguje ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka kazinamuntu « Amnesty International »

1962 : Wesley Snipes, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

1977 : Grand Coprs Malade, batazira Fabien Marsaud, umuhinga muvya slam w’umufaransa.

1989 : Victoria Azarenka, umukinyi wa tennis akomoka muri Biélarussie.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerzo nkiri

1556 : Ignace de Loyola, uwatanguje umuryango w’abaihebeyimana bita aba jesuites.

1784 : Denis Diderot, umwanditsi akaba n’umu philosophe w’umufaransa.

1864 : Louis Hachette, uwushinzwe gusohora ibitabo akomoka mu Bufaransa.

1875 : Andrew Johnson, uwabaye umukuruw’igihugu wa 17 wa Leta Zunzubumwe z’Amerika.

1914 : Jean Jaurès, umunyapolitike w’umufaransa yagandaguwe na Raoul Villain.

1944 : Antoine de Saint-Exupéry, umuhinga muvy’indege akaba n’umwanditsi w’umufaransa.

2012 : Gore Vidal, umwanditsi w’umunyamerika.

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha