Itarike 31 Myandagaro

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 31 août 2016 saa 07:08
Yasomwe : 1863
0 0

Igenekerezo rya 31 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1464 : Haba itorwa rya papa Paul wa 2.
1962 : Igihugu ca Trinité-et-Tobago kironka intahe yo kwikukira.
1991 : Igihugu ca Ouzbékistan hamwe na Kirghizstan birikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1948 : Rudolf Schenker, umucuraranzi w’umudagi ari mu murwi « Scorpions ».
1960 : Hassan Nasrallah, umunyapolitike wo muri Liban.
1970 : Debbie Gibson, umunyamerika w’umuririmvyi akaba n’umwanditsi avuza inanga (...)

Igenekerezo rya 31 Myandagaro.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1464 : Haba itorwa rya papa Paul wa 2.
1962 : Igihugu ca Trinité-et-Tobago kironka intahe yo kwikukira.

JPEG - 5.2 ko
Ibendera ya Trinité-et-Tobago

1991 : Igihugu ca Ouzbékistan hamwe na Kirghizstan birikukira.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1948 : Rudolf Schenker, umucuraranzi w’umudagi ari mu murwi « Scorpions ».
1960 : Hassan Nasrallah, umunyapolitike wo muri Liban.

JPEG - 8.3 ko
Hassan Nasrallah

1970 : Debbie Gibson, umunyamerika w’umuririmvyi akaba n’umwanditsi avuza inanga y’ikizungu.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1867 : Charles Baudelaire, umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 9.2 ko
Charles Baudelaire

1997 : Dodi Al-Fayed,umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamisiri.

Ibihimbazwa


. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ama “blog”.
. Kirghizistan : Umunsi mukuru wo kwibuka intahe yo kwikuki.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha