Itarike 4 Nzero

Yanditswe na
Kuya 5 janvier 2016 saa 07:20
Yasomwe : 2979
0 0

Igenekerezo rya 4 Nzero .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1896 : Utah iba Reta igira 45 muri Reta zigize Reta Zunzubumwe z’Amerika.
1960 : Uwanditsi w’umufaransa Albert Camus arwa mw’isanganya ry’umuduga.
1972 : Haba ubwa mbere mu Bufaransa ikiganiro gica ku mbonesha kure citwa « Des chiffres et des lettres ».
2010 : Muri Emirats Arabes Unis, hinjirwa igrifa yitwa « Burj Khalifa ». igirofa ifise imetero 828 z’uburebure.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1643 : Isaac Newton, (...)

Igenekerezo rya 4 Nzero .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1896 : Utah iba Reta igira 45 muri Reta zigize Reta Zunzubumwe z’Amerika.
1960 : Uwanditsi w’umufaransa Albert Camus arwa mw’isanganya ry’umuduga.

JPEG - 14.5 ko
Albert Camus

1972 : Haba ubwa mbere mu Bufaransa ikiganiro gica ku mbonesha kure citwa « Des chiffres et des lettres ».
2010 : Muri Emirats Arabes Unis, hinjirwa igrifa yitwa « Burj Khalifa ». igirofa ifise imetero 828 z’uburebure.

JPEG - 474.7 ko
Igorofa "Burj Khalifa"

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1643 : Isaac Newton, umuhinga akaba n’umu philosophe w’umwongereza.

JPEG - 46.8 ko
Isaac Newton

1883 : Max Forrester Eastman, umwanditsi w’umunyamerika.
1995 : Maria Isabel, umurrimvyi wo muri Espagne.

Abazwi cane bitavyimana kwigenekerezo nkiri

2004 : Brian Gibson, umuhinyanyuzi w’amareresi w’ umunyamerika.

JPEG - 45.4 ko
Brian Gibson

2013 : Lassaad Ouertani, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Tuniziya.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu w’inyandiko y’impumyi.
. Biramniya : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

28 Rusama
28/05/17 - 07:51
27 Rusama
27/05/17 - 09:01
26 Rusama
26/05/17 - 08:51
Itarike 24 Rusama
24/05/17 - 09:24
23 Rusama
23/05/17 - 09:46
22 Rusama
22/05/17 - 08:58
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha