IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 5 Nyakanga

Itarike 5 Nyakanga

mardi 5 Nyakanga 2017

Igenekerezo rya 5 Nyakanga.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1661: Nicolas Fouquet arafatwa.
1725: Louis wa 15 agira ubugeni na Marie Leszcyíska.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1187: Louis w’8, umwami w’Ubufaransa.
1638: Louis wa 14, umwami w’ubufaransa.

JPEG - 8.9 ko
Louis wa 14

Abazwi cane bitevyiamana kw’igenekerezo nkiri

1857: Auguste Comte, umuphilosophe w’umufaransa.

JPEG - 19.5 ko
Auguste Comte

1997: Mère Teresa, uwihebeyimana w’umuhindi. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel k’amahoro mu 1979.

JPEG - 31.2 ko
Mère Teresa

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.