IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Munyonyo

Itarike 6 Munyonyo

jeudi 6 Munyonyo 2014

Igenekerezo rya 6 Munyonyo .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1860: Abraham Lincoln aba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira 16.

JPEG - 4.9 ko
Abraham Lincoln

1982: Paul Biya aba umukuru w’igihugu ca Cameroun.

JPEG - 6.2 ko
Paul Biya

1984: Ronald Reagen atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2011: Otto Pérez Molina aba umukuru w’igihugu ca Guatemala.
2012: Barack Obama atorwa gutwara ikiringo ca kabiri nk’umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumw z’Amerika.

JPEG - 5.4 ko
Barack Obama

Abantu bazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1692: Louis Racine, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa.
1841: Armand Fallières, umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1987: Ana Ivanovic, umukinyi wa tennis akomoka muri Serbiya.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1941: Maurice LeBlanc, umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 9.8 ko
Maurice LeBlanc

1944: Walter Guinness, umunyapolitike w’umwongereza.
2007: Sayed Mustafa Kazemi, umunyapolitike wo muri Afganisatani.

JPEG - 7.6 ko
Sayed Mustafa Kazemi

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya ifawa nabi ry’ibidukikije mugihe c’indwano.
. Tadjikistan: Umunsi wahariwe ibwirizwa shingiro.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.