Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Ruhenshi
Itarike 6 Ruhenshi
mercredi 6 Ruheshi 2018
Igenekerezo rya 6 Ruhenshi .
Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri
1654: Umwamikazi Christine yatwara Swede aratanga imihoho mu mabanga yiwe.
1808: Joseph Bonapatre aba umwami wa Espagne.
1944: Abasirikare bagiye mu ngwano ya kabiri y’isi yose bashika i Normandie ku mugabane wa Buraya baje n’amato.
1887: John Stith Pemberton yandikisha mu gitabo c’ubudandaji ikinyobwa Coca-cola yatanguje.
- John Stith Pemberton
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1599: Diego Vélazquez, umunya Espagne w’umuhinga muvyo gusiga amarangi.
1901: Ahmed Soekarno, uwabaye umukuru w’igihugu ca Indoneziya.
1934: Albert wa 2, umwami w’ababirigi.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1948: Louis Lumière, uwatanguje ubuhinga bw’amareresi. Akaba ari umufaransa.
1961: Carl Gustav Yung, umuhinga muri psychologie akomoka mu gihugu c’Ubuswise.
- Ahmed Soekarno
1968: Robert Kennedy, umunyaporitike w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mukuru wahariwe ururimi rw’ikirusiya.
. Bolivie: Umunsi mukuru wahariwe abarimu.
. Chili: Umunsi mukuru wahariwe urudandazwa.
INGABIRE Luc-Noël