Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 7 Ntwarante
Itarike 7 Ntwarante
mardi 6 Ntwarante 2018
Igenekerezo rya 7 Ntwarante .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1657: Umwami w’Ubufaransa Louis wa 14 abuza ukugurisha inzoga ku bahindi.
- Louis wa 14
1985: Hasohoka ururirimbo « We are the world », yanditswe na Mickael Jackson na Lionel Richie. Ururirimbo rwinjije abafaranga agera ku miriyoni 50 vy’amadorari kugira bafashe abari bishwe na kigoyi muri Ethiopie.
- Abaririmvyi baririmvye iyo ndirimbo "We are the world"
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1942: Michael Eisner, umuyobozi mukuru wa Walt Disney Company kuva 1984 gushika mu 2005.
- Michael Eisner
1985: Mugamed Fofana, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
1987: Hatem Ben Arfa, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
- Hatem Ben Arfa
INGABIRE Luc-Noël