IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 7 Nyakanga

Itarike 7 Nyakanga

mercredi 7 Nyakanga 2016

Igenekerezo rya 7 Nyakanga.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1822: Igihugu ca Brésil kirikukira.
1823: Igiporisi ca Interpol kiravuka.
1860: Garibaldi yinjira mu gisagara ca Naples.

JPEG - 8.5 ko
Garibaldi

1974: Muri Mozambique hasinywa amasezerano yo uhagarika indwano.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1533: Elisabeth wa 1, umwamikazi w’Ubwongereza.

JPEG - 38.4 ko
Elisabeth wa 1

1984: Vera Zvonareva, umukinyi wa Tennis akomoka mu Burusiya.
1988: Alex Harvey, umushakashatsi wo muri Québec.

Uwuzwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1997: Mubutu Sese Seko, uwabaye umukuru agira kabiri w’igihugu ca Zaïre.

JPEG - 45.4 ko
Mubutu Sese Seko

Ibihimbazwa

. Brésil: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
. Muzambique: Umunsi mukuru w’intsinzi.
. Pakistan: Umunsi mukuru w’igisoda gikorera mu kirere.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.