IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 8 Kigarama

Itarike 8 Kigarama

vendredi 8 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 8 Kigarama .

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1869: Hugururwa inama ya Vatikano ya 1.
1907: Gustave wa 5 aba umwami w’ igihugu ca Swede.
1914: Hatangura intambara y’i Falklands.
1955: Hemeza ibendera y’ubumwe bwa Buraya.

1965: Hasozerwa inama ya Vatikano ya 2.
2012: Mu nama y’i Doha ku vyerekeye ihindagurika ry’ibihe, humvikana ibandanya ry’amasezerano bise “protocole de Kyoto”.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1818: Charles wa 3, umuganwa w’i Monaco.
1891: Georges Méliès, umufaransa w’umuhinyanyuzi w’amareresi. Yabaye mu bambere bakoze uwo murirmo kuva amareresi avutse.

JPEG - 87.9 ko
Georges Méliès

1929: Gérard de Villiers, umwanditsi w’umufaransa. Yanditse urukurikirane rw’ibitabo SAS.

JPEG - 29.9 ko
Gérard de Villiers

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1709: Thomas Corneille, umwanditsi w’umufaransa.
1980: John Lennon, umuririmvyi w’umwongerea. Umwe mubari bagize umurwi rurangiranwa The Beatles.

JPEG - 95.8 ko
John Lennon

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ibihe(climat).
. Bulgarie: Umunsi wahariwe umunyeshuri wo muri kaminuza.
. Panama: Umunsi wahariwe nyina wa muntu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.