Itarike 8 Munyonyo

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 8 novembre 2016 saa 07:59
Yasomwe : 2682
0 0

Igenekerezo rya 8 Munyonyo.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1904 : Theodore Roosevelt atorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1917 : Franklin Delano Roosevelt atorwa ngo abe abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika. 1933 : Mohammad Zaher Shah aba umwami wa Afganistani. 1960 : John Fitzgerald Kennedy atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1988 : George H.W. Bush atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe (...)

Igenekerezo rya 8 Munyonyo.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1904 : Theodore Roosevelt atorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 31.2 ko
Theodore Roosevelt

1917 : Franklin Delano Roosevelt atorwa ngo abe abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1933 : Mohammad Zaher Shah aba umwami wa Afganistani.
1960 : John Fitzgerald Kennedy atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 5.6 ko
John Fitzgerald Kennedy

1988 : George H.W. Bush atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2005 : Ellen Johnson Sirleaf atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Liberiya.

JPEG - 8 ko
Ellen Johnson Sirleaf

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1847 : Jean Casimir-Perier, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1900 : Margaret Mitchell, umwanditsi w’umunyamerika.
1922 : Christian Barnard, umuganga w’umunyafrika y’epfo. Niwe yabaye uwambere yashoboye kubaga umutima ubwa mbere.

JPEG - 5 ko
Christian Barnard

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1953 : Ivan Bounine,umwanditsi w’umurusiya yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1933.
1986 : Viatcheslav Mikhaïlovitch Molotov, umunyapolitike w’umurusiya.

JPEG - 8 ko
Viatcheslav Mikhaïlovitch Molotov

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe w’itunganywa ry’ibisagara.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

18 Mukakaro
18/07/17 - 08:42
17 Mukakaro
17/07/17 - 09:44
14 Mukakaro
14/07/17 - 08:29
9 Mukakaro
08/07/17 - 01:10
6 Mukakaro
06/07/17 - 01:50
5 Mukakaro
04/07/17 - 08:51
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha