Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 8 Ntwarante
Itarike 8 Ntwarante
samedi 8 Ntwarante 2014
Igenekerezo rya 8 Ntwarante ni umunsi wa 67 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 298 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1917: Abakenyezi bo mu gisagara ca New York bagira imyiyerekano basaba ukungana kw’abagabo n’abagore imbere y’amategeko.
1921: Lénine, umukuru w’igihugu c’Uburusiya ashinga itarike ya 8 Ntwarante ko ari umunsi wahariwe abakenyezi.

1958: Igihugu ca Ghana cinjira mu muryango wa ONU.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1937: Juvénal Habyarimana, uwabaye umukuru w’igihugu c’Urwanda.
- Juvénal Habyarimana
1980: Mohamadou Idrissou, umukinyi w’umupira w’amaguru yamuka muri Caméroun.
- Mohamadou Idrissou
INGABIRE Luc-Noël