Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 8 Nzero
Itarike 8 Nzero
jeudi 8 Nzero 2015
Igenekerezo rya 8 Nzero ni umunsi wa 8 w’umwaka w’2015. Hasigaye iminsi 357 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1912: Havuka umugambwe wa ANC (African National Congress) muri Afrika y’Epfo.
1959: Charles de Gaulle aba umukuru w’igihugu wa mbere w’ubufaransa kuri Repubrika ya 5.
- Charles de Gaulle
1959: Fidel Castro ashika mu gisagara ca La Havane.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1935: Elvis Presley, umukinyi w’amareresi akaba n’umuririmvyi.
- Elvis Presley
1967: R. Kelly, umuririmvyi w’umunyamerika.
- R. Kelly
1982: John Utaka, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Nigéria.
1984: Kim Jong-eun, umukuru w’igihugu ca Koreya y’Uburaruko.
- Kim Jong-eun
1986: David Silva, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Espagne.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1642: Galillé, umuhinga mu biharuro no mu bijanye n’ibinyenyeri.
1896: Paul Verlaine, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa.
- Paul Verlaine
1941: Robert Baden-Powell, umusirikare w’umwongereza ari nawe yatanguye umuhari w’aba scout.
1996: François Mitterrand, umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
- François Mitterrand
Ibihimbazwa
. Koreya y’Uburaruko: Ihimbazwa y’amavuko ya Kim Jong-eun, umukuru w’ico gihugu.
INGABIRE Luc-Noël