IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 8 Rusama

Itarike 8 Rusama

vendredi 8 Rusama 2015

Igenekerezo rya 8 Rusama .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

46, imbere y’ivuka rya Y-C : Jules César, uwabaye umwami Auguste.
1429: Jeanne d’Arc ahata abongereza kuva aho bari bagize icumbi hitwa Orléans.
1880: Hatanguzwa ikinyobwa coca-cola.

2010: Laura Chichilla aba umugore wa mbere atowe ngo atware igihugu ca Costa Rica.

PNG - 422.8 ko
Laura Chichilla

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1828: Henry Dunant, uwatanguje ishirahamwe ritabara imbabare Croix rouge. Akaba akomoka muri Suisse.

JPEG - 38.4 ko
Henry Dunant

1884: Harry Truman, uwabaye umukuru w’igihugu wa Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 33.
1906: Roberto Rossellini, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umutariyano.
1975: Enrique Iglesias, umuririmvyi wo muri Espagne.

JPEG - 26.2 ko
Enrique Iglesias

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1794: Antoine Lavoisier, umufaransa w’umuhinga muri Chimie.

JPEG - 296.5 ko
Antoine Lavoisier

1880 : Gustave Flaubert, umwanditsi w’umufaransa.
2000: Hubert Maga, uwabaye umukuru w’igihugu ca Bénin kuva 1960 gushika 1963, hamwe no kuva 1970 gushika 1972.

Ibihimbazwa

.Umunsi mpuzamakungu wahariwe Ishirahamwe ritabara imbabare Croix-Rouge.
. Coreya y’Ubumanuko : Umunsi wahariwe abavyeyi.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.