IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Kigarama

Itarike 9 Kigarama

mardi 9 Kigarama 2014

Igenekerezo rya 9 Kigarama ni umunsi ugira 343 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 22 kugira umwaka w’2014 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1425: Papa Martino wa 5 atanguza kaminuza Katorika y’i Louvain.
1960: Igihugu ca Tanganyika kirikukira maze kiba Tanzaniya.
1966: Igihugu ca Barbade cinjira mu muryango bigize ibihugu vya ONU.
1971: Emirats Arabes unis yinjira muri ONU.
1990: Lech Walesa atsinda amatora muri Pologne.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1608: John Milton, umwanditsi w’ivyivugo w’umwongereza.
1976: Booba, umuririmvyi w’umufaransa.

1991: Joachim wo mu Bubirigi, umuganwa wo mu Bubirirgi.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1998: Archie Moore, umunkinyi wa Boxe w’umunyamerika.
2006: Georgia Gibbs, umuririmvyi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Uminsi mpuzamakungu wo kurwanya igiturire.
. Tanzaniya: Umunsi wo kwbuka ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.