Itarike 9 Ndamukiza

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 10 avril 2017 saa 11:58
Yasomwe : 8847
0 0

Igenekerezo rya 9 Ndamukiza.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2003 : Intwaro ya Saddam Hussein muri Irak iratembagazwa inyuma y’imyaka 24. Reta Zunzubumwe z’Amerika ikaba ariyo yafashije.
2013 : Uhuru Kenyatta aba umukuru w’igihugu agira kane w’igihugu ca Kenya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1821 : Charles Baudelaire, umwanditsi w’ibitabo n’ivyivugo w’umufaransa.
1933 : Jean-Paul Belmondo, umukinyi w’amareresi w’umufaransa. Akina n’ivyese.
Abazwi cane bitavyimana (...)

Igenekerezo rya 9 Ndamukiza.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

2003 : Intwaro ya Saddam Hussein muri Irak iratembagazwa inyuma y’imyaka 24. Reta Zunzubumwe z’Amerika ikaba ariyo yafashije.

JPEG - 47.4 ko
Saddam Hussein

2013 : Uhuru Kenyatta aba umukuru w’igihugu agira kane w’igihugu ca Kenya.

JPEG - 29.8 ko
Uhuru Kenyatta

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1821 : Charles Baudelaire, umwanditsi w’ibitabo n’ivyivugo w’umufaransa.

JPEG - 89.4 ko
Charles Baudelaire

1933 : Jean-Paul Belmondo, umukinyi w’amareresi w’umufaransa. Akina n’ivyese.

JPEG - 157.2 ko
Jean-Paul Belmondo

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1553 : François Rabelais, umuganga akaba n’umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 179.2 ko
François Rabelais

1643 : Benedetto Castelli, umuhinga mu biharuro akomoka mu Butariyano.a


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

24 Ruhenshi
24/06/17 - 12:37
21 Ruheshi
21/06/17 - 08:58
16 Ruheshi
16/06/17 - 09:39
14 Ruheshi
14/06/17 - 09:07
13 Ruhenshi
12/06/17 - 12:25
10 Ruheshi
09/06/17 - 06:49
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha