Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Nzero
Itarike 9 Nzero
lundi 8 Nzero 2018
Igenekerezo rya 9 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1992: Havuka Repubrika ya Bosnie-et-Herzégovine.
2005: Mahmoud Abbas atsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Palestina.
- Mahmoud Abbas
2007: Steve Jobs ashira ahabona iterefone yo mu bwoko bwa iPhone ku ncuro ya mbere.
- iPhone
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1908: Simone de Beauvoir, umwanditsi w’umufaransa.
1909 : Danielle Casanova, umufaransa w’umurwanyi.

1913: Richard Nixon, uwabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika.
1922: Ahmed Sékou Touré, uwabaye umukuru w’igihugu ca Guinnée.
- Ahmed Sékou Touré
1958: Mehmet Ali Agca, umunya turikiya yarashe papa Yohani Pauro wa 2 aho yari mu rugendo muri Turikiya.
- Mehmet Ali Agca
1973: Sean Paul, umuririrmvyi akomoka muri Jamayika.
- Sean Paul
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1873: Napoléon wa 3, umwami w’ubufaransa.
1878: Victor-Emmanuel wa 2 de Savoie, umwami w’Ubutariyano.
1995: Souphanouvong, uwabaye umukuru w’igihugu ca Laos.
2012: Malam Barcai Sanhé, umukuru w’igihugu ca Guinnée-Bissau.
- Malam Bacai Sanha
Ibihimbazwa
. Panama: Umunsi wahariwe abamaratiri.
. Repubrike ya Serbe de Bosnie: Umunsi mukuru w’igihugu.
Igihe