IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 28 Myandagaro

Itarike 28 Myandagaro

lundi 28 Myandagaro 2017

Igenekerezo rya 28 Myandagaro.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1833: Ubuja burakurwaho mu gihugu c’Ubwongereza. Ico gihe ico gihugu kikaba cari kikiri ku ntwaro ya cami.
1963: Martin Luther King avuga ijambo rizwi cane “ I have dream ” bisigura “Ndafise indoto”. Iryo jambo akaba yarivugiye mu kibanza bita Lincoln Memorial.

JPEG - 11.3 ko
Martin Luther King aho yavuga ijambo "i have a dream"

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1749: Johann Wolfgang von Goethe, umwanditsi w’umudagi. Kurya bavuga ko ururimi rw’igifaransa ari urwa Molière, urw’ikidagi narwo bakaba bavugako ari urwa Goethe.

JPEG - 5.7 ko
Johann Wolfgang von Goethe

1965: Shania Twain, umuririmvyi akomoka muri Canada. akaba aririmba ahanini mu mudiho wa "Country music"

JPEG - 7.2 ko
Shania Twain

1986: Mohombi Moupondo, umririmvyi akaba n’umutamvyi wincange y’umunya Congo na Swède.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1481: Alphonse wa 5, umwami wa Portugal.
2006: Melvin Schwartz, umuhinga muri physique akomoka muri Espagne.

GIF - 89.7 ko
Melvin Schwartz

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.