Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ivyigwa vyarahagaze kw’ishuri ritoya rya Nyabutare - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ivyigwa vyarahagaze kw’ishuri ritoya rya Nyabutare

Ivyigwa vyarahagaze kw’ishuri ritoya rya Nyabutare

vendredi 25 Nzero 2013

Abigisha bo kw’ishuri ritoya rya Nyabutare ryo muri zone Muyange, Komine Nyanza-Lac mu ntara ya Makamba,barahagaritse gutanga ivyigwa kuva kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 22 Nzero 2013.

Abo bigisha bo kw’ishuri ritoya rya Nyabutare bamenyesha ko bahagaritse akazi kubera umutekano wabo udakwiye bivuye ko ngo igihe baba bahanye abanyeshuri bakoze amakosa abavyeyi babo hamwe n’ababa hafi y’ishuri baca baza kubatera ubwoba.

Abo bigisha bakaba basaba ko hokorana inama y’abajejwe indero,abavyeyi hamwe n’abajejwe intwaro bo hasi mu ntumbero yo gutorera inyishu itomoye ico kibazo.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.