Accueil > Amakuru > Poritike > Jacques Bigirimana: ʺAmajwi bariko baraha UPRONA mu matora yabaye (...)
Jacques Bigirimana: ʺAmajwi bariko baraha UPRONA mu matora yabaye siyoʺ
mercredi 1er Mukakaro 2015
Jacques Bigirimana arongoye umugambwe FNL wemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, amenyesha ko ibiriko biratangazwa n’iradiyo ku majwi y’umugambwe UPRONA urongowe na Concilie Nibigira binyuranye n’ibiri mu vyegeranyo.
Umukuru w’umugambwe FNL wemewe mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu avuga ko ku bijanye no kwitaba amatora hamwe n’umutekano w’amatora vyagenze neza.

Naho biri ukwo, Jacques Bigirimana avuga ko ku vyo ababaserukira babonye kandi bateyeko umukono ku vyegeranyo, bitandukanye n’ibiriko birashikirizwa n’iradiyo ku majwi y’umugambwe UPRONA n’urunani COPA.
Jacques Bigirimana avuga ko mu bice vyinshi umugambwe FNL waza imbere y’umugambwe UPRONA n’urunani COPA, ariko ko ubu ayo majwi yahindutse. Asaba CENI kubikosora hakiri kare, uwo mugambwe utaranka ivyayavuyemwo.
Van Naris Mugisha
Messages
1er Mukakaro 2015, 11:41, par Birimana
Ahubwo siwe wobona.wagira ngo wivye umugambwe ngo ntibizokubana amazi?timba indya y’ubusuma ntawe yereye.
1er Mukakaro 2015, 11:41, par kazozozz
Hahaha,reka kudutwenza naw yakobo,wagira umuntuyabiriwe naba dd avyariki?ibihumye,rwasa yariyamirije itunganywz ryamatora ngo tera iyo sema,koma musosi wandagara
1er Mukakaro 2015, 11:42, par hhn
ntabubasha ufise ugira ngo siwewe witoye nugore wawe numugenziwawe ntiyagutoye utanguye kubesha ngo wazubwambere ntusharwa izikwikiye zanse nketwse uburokera
1er Mukakaro 2015, 11:46, par tabarayaj
None wagiye urekuye amatwi utazigukina game
reka bagucemwo wiyemeje ivyo utabajije ubuharageze kubibona ahubwo ukanka aho bagushira bace baguha igiti
1er Mukakaro 2015, 11:50, par Mandela wilson
Ahubwo ntimumaramara mbega mwajagamwo gukori? Canke nyabanwanyi mubakuye? Ariwewe ari uporona murawunwa abafise abanwanyi baranse kuja munkinamico.
1er Mukakaro 2015, 11:52, par sagatere
None wagiye gukina urukino utazi reka bagucemwo niho womenyako akananiye umugabo kananira nuyundi ubuwabonyeko ugira wibwe ugira utangure kuvuga yamuhe kumbura wemere ahobaguta nahonyene wase ibihano birakurindiye
1er Mukakaro 2015, 11:53, par niko james
ewe gihugu cacu carapfuye ababoyi bose hiiiiiiiiiiiiii
1er Mukakaro 2015, 12:09, par Bivemwo baraguhenda!
Ihangane bakwibe nawe wivye umugambwe Rwasa Agathon. Ingero ugereramwo abandi niyo nawe ugererwa.
1er Mukakaro 2015, 12:09, par Bivemwo baraguhenda!
Ihangane bakwibe nawe wivye umugambwe Rwasa Agathon. Ingero ugereramwo abandi niyo nawe ugererwa.
1er Mukakaro 2015, 12:09, par Bivemwo baraguhenda!
Ihangane bakwibe nawe wivye umugambwe Rwasa Agathon. Ingero ugereramwo abandi niyo nawe ugererwa.
1er Mukakaro 2015, 12:12, par naze
Ehe uwo nawe! Hahahaaa! Ubabwegerinyuma nguri mumatora utazivyurimwo! Ah ubwo ntavyo bazi! Hora ureke kwitwenga! Ko wayashima abandi babona kure babona kwatamatara! Rindira nibindi uzobibona
1er Mukakaro 2015, 12:13, par Kabisa
Nta gitangaza kirimwo kuko mandat yiwe yaheze
1er Mukakaro 2015, 12:24, par Scott
Sindabahenda mwebwe mwenyene murayaryaniramwo noneho namatora kuri mwebwe amakungu n’abarundi banka ihohoterwa ayo samatora kuko atitabwe na bose ahubbwo musubiremwo mutunganye ukundi gusha nayahandi ntayo murimwo mwanze ubugoro
1er Mukakaro 2015, 12:34, par Dudu
Hahaha ew Jacques urambabaje pe! koma musose!waja guherekeza umusazi utaziko aguhindukiriye bica bikomera?
1er Mukakaro 2015, 12:34, par bizoshika
Muratanguy abandi bababuza mukanka kwumva nimuvyemere ukonyene kuko inyanka kubwirwa ibwirwa uruko yiboneye pole sana wajama.
1er Mukakaro 2015, 12:36, par mukobozi
warakutikiye ubwije bas dd ntabo waruzi ubu gwasa bamuhaye amajwi atabasavye 2010 biraboneka ko yari yatsinze amatora abarundi ntuzokwemera ayomanyanga ngo namatora bigirimana nawenu uriboneye ko mutama gwasa mutangana twosaba gwasa kudasamara ngo yemere icokinyoma guko turizera neza kwariwe azosubirira nkurumbi.
1er Mukakaro 2015, 12:37, par Kazohera
Vyiyankire Nakare Harimwo Amanyanga Nakare Ujana Nigisuma Ukitwa Igisuma
1er Mukakaro 2015, 12:42, par ehe
Wabigiramwo iki. Vyategerezwa kugenda gutyo. Ntanumwe yatoye Concilie ariko bategerezwa kumuha amajwi kugira umugambi wabo ubandanye, warakosheje jacque ntiwari kuja murayo mafuti. Ubu saho amatora tutegure kandi twitegurire ingwano, ntakindi abaszosigara Nuko nyene
1er Mukakaro 2015, 12:51, par Uwubizi
Haahahahahah! Mbega uyu mugabo Jacques Bigirimana ari mu biki? Kare hose yari azi ko hari amatora ariho? Résultats zizwi kuva kera. Mbega ninde yamubwiye ngo aje mu bintu bitabaho? Akabi gatwengwa nk´akeza. Iyo débat atuzanamwo ni faux. Le vrai débat est: quand est ce qu´on va organiser les vraies élections kuko ntiziraba mu gihe cose amategeko adakurikijwe co kimwe na climat politique iri prêt(kwugurura amaradios, retour des réfugiés, dates d´élections zumvikanyweko na bose, etc. Mais avant tout, le retrait de la 3ème candidature de Peter kugira constitution(art 96 et 302) nk´uko les juristes de l ´EAC babivuze yubahirizwe et bien sûr na les accords d´Arusha. None Jacques we yibereye mu ndirimbo zasabwe :)
1er Mukakaro 2015, 13:16, par GADE
NIYEMERE AHO INTAHE ISHIZE
1er Mukakaro 2015, 13:18, par pajo buja
Baguhaye ayagukwiye kuko waramenje kwifatanya n, abasuma nawe urumusuma nkabo yivye mandan ya3 nawe nukome niko bimeze.
1er Mukakaro 2015, 13:26, par ndashimye
ndashimye ndanejerejwe Nuko bayakwatse bakayaha concilie urasara jacque uri rofa pe. ayo mafuti yabo ba skizofrene wayagiramwo iki. amatora ntaraba kuko ntakirangamisi turapfundika reka uwo peter ari skizofrene abe aridigadiga. turakirasa ntagisivya bassi . Rindira le 26 aout zigere arawunywa pe . Nta bindi turagwana hazosigara uwo Imana ikunda
1er Mukakaro 2015, 13:59, par izobikora
Niyigumye
1er Mukakaro 2015, 14:53, par 27845267673
Hahaaa yalaaalaaa!! Uratey isoni nimb uri jac maramar wew kubwaw warugomb angah ko mbon utumva!! Ugasubr kurekarama bac bagufata baguh inkoni muri iryobuy ngo numutwe nabado!! Rekera mze rwasa
1er Mukakaro 2015, 15:07, par shabani
Rekaayabone umugabi cedeefudde niwawmibiye umugabi warwasa narekeguteriduru niyabandanya barawumwaka uyomugabwe
1er Mukakaro 2015, 16:04, par Samuel Bitariho
We sha Jacques reka kwitenga kuko ntabanywanyi ugira. Usangwa ijwi ryawe rimwe witoye baritanze riburane !!!!
1er Mukakaro 2015, 17:03, par MUGISHA
None ga Jacques ugomba wanke ivyo mwavuganye?ugakomeza ku reclament urabasubiza inzu yabo baguhaye canke bakumese.canke aba dd urabibagiye? ni fye!!!
1er Mukakaro 2015, 17:29, par MUGISHA
None ga Jacques ugomba wanke ivyo mwavuganye?ugakomeza ku reclament urabasubiza inzu yabo baguhaye canke bakumese.canke aba dd urabibagiye? ni fye!!!
1er Mukakaro 2015, 18:11, par kwizera
koma
1er Mukakaro 2015, 19:08, par RUBERINTWARI
Uwo gabasha ko yagiye mumatora atamunywanyi afise akoresheje inama ikitabwa nimbonerakure bakanamumaramaza mukubashira mumboneshakure ababazi bakababona. None burya yibaza ko zirya mbonerakure zizomutora. Nawe nabe yiyumvira nkumunyapô. Kwama inyuma yabandi abafasha gusa amanyanga nakagaye kabi. Igihambaye nuguhagarara nkumugabo ushoboye apana gukina po wihetse inyuma yabandi
1er Mukakaro 2015, 19:08, par RUBERINTWARI
Uwo gabasha ko yagiye mumatora atamunywanyi afise akoresheje inama ikitabwa nimbonerakure bakanamumaramaza mukubashira mumboneshakure ababazi bakababona. None burya yibaza ko zirya mbonerakure zizomutora. Nawe nabe yiyumvira nkumunyapô. Kwama inyuma yabandi abafasha gusa amanyanga nakagaye kabi. Igihambaye nuguhagarara nkumugabo ushoboye apana gukina po wihetse inyuma yabandi
1er Mukakaro 2015, 19:58, par Ntaco eric
Mwisutse mumarike rekabaturire
1er Mukakaro 2015, 20:39, par yuyuma
Nyakubahwa jaqeu harimwo amajwi yagwasa birashoboka k abakurabiye bashizehamwe naya gwasa kand usanzw uzik mutarikumwe
2 Mukakaro 2015, 05:37, par Aaron
Basha iyi ko ari inkuru iryoshe rwose.
Ubwo ntubona ga Jacques ko wwewe na Peter ataho mutaniye ? Ubwo weho ntibari baguhanuye ngo ntuje mu matora ? Mugabo kubera ko ushigikiye ikiringo ca Peter warayitavye aho kwifatanya nabandi. Waruzi ko bazokugirira impuhwe guko wabaherekeje mu mafuti. They don’t care about you my dear. Ca c’est une tres bonne lecon wari washatse kuba Buzire ndabwirire ugira ngo bazoguha ministere canke bagusubirize Rufyikiri. None aho uganyira nde ko twese ahubwo bitunezereye.
2 Mukakaro 2015, 08:55, par dada
Hahahaha.inda ndende ihumira irya.wariye ivyabandi wibazko utazobisubiza.mbegako wahora wirigwa uracoza uwo mwagendanye, umucinyiza kubera inda ndende, basha yaraye akweretse ko arumugabo wijunja nijambo .mbega amatora uyavamwo kuki?
2 Mukakaro 2015, 14:11, par RUTWE
SHA WIHENDE UYAVEMWO TUKUMESE TURAKUGORORA ASHA NTAMUPFUNYUNYU USIGARANA NUKO KUGURU UCUMBAGIZA BIZOHERA HEWE WIHENDE TURAKUBONA
2 Mukakaro 2015, 17:04, par Bavu
Mukwiye kugira indero,kirazira kwifatira umuntu mu gahanga,iyo niyo pô mufise?Jacques ni mumureke murabe ivyanyu kuko mbona namwe bibagoye
2 Mukakaro 2015, 17:13, par Ndugu
Mbega Jacques mumuhora ko yavanye na Rwasa?none ko hariho abandi baheruka kuvana n’uwo Rwasa nyene bakemera kubandanya amatora none nabo nyene muzoca mubatuka?muraraba ko ikibazo kitari kuri Rwasa
2 Mukakaro 2015, 17:25, par Kazadi
Ico nobabwira nuko Jacques abaruta,umuntu wese yanditse amajambo yo kumutyoza novuga ko ari umuhimbiri w’imburakimazi,kuko afata umwanya wiwe wose atuka umuntu atazi
2 Mukakaro 2015, 19:16, par Kezenge
Ivyo Bavu ashikirije ndabishigikiye,nimba mwaburaniwe ni mwihange mwemere ishati zanyu zicuye,nayo Jacques arabaruta ndabibabwiye
3 Mukakaro 2015, 08:01, par jamps
Ewe.yakobo. Ww. Waruziko. Ufite. Abanywanyi. Baraguhenze. Baguha. Imbonerakure. Rwasa. Yakubwiye. Ati. Igumire. Muvyuya. Vyomukwaha. Kwa. CNDD. Uzovayo. Uhiye. Nn. Utangiye. Kurira. Nturabibona. Raba rwasa. Ntiyitoza. Ariko. Bakamutora. Niwikebuke. Kubwawe. Ntacuzoronkana rwasa. Kandi. Azogutwara. Amizero. Y’Abarundi
3 Mukakaro 2015, 09:37, par Hede
Reka kuba mwitiranya ibintu,turazi ko Jacques afise abanywanyi biwe kandi bamwemera,kuba yaravanye na Rwasa ntibisigura ko aca aja mukwaha kwa dd,mbe ko muvuga ko muzi ibintu,mwomparurira abantu bamaze kuvana na Rwas uko bangana?canke Jacques niwe mwigiyeko kuvuga?imbwa zose zivuga Jacques,ndababwire urya mumurere murabe ivyanyu
3 Mukakaro 2015, 09:42, par Hede
Kandi ikindi nobabwira uwo Rwasa mwamiza mu kanwa s’Imana kandi n’Imana hariho abatayemera,ijambo ry’Imana rivuga ngo"Avumwe uwizera umwana w’umuntu".