Advertisement
Kumenyekanisha
Kidum na Big Farious bahuriye mu giteramo mu Bubirigi : Amafoto
Yanditswe taliki ya 29-02-2016 - isaha 09:41' na egide

Ico giteramo citiriwe UMUCO caremeshejwe na Kidum, Big Farious hamwe na De Gaulle, kikaba cabereye mu gisagara ca Bruxelles ahitwa La Bodega, kuri uwu wa gatandatu.

Ico giteramo categuwe n’ishirahamwe ry’Abarundi bakorera mu Buholande no mu Bubirigi, ryitwa KIYOYO Pro rifadikanije na Big Dream Party ihumwo Abanyarwanda bakorera mu Bubirigi.

Mu kiganiro Kidum yagiranye na IGIHE mu Bubirigi, yashimangiye ku sano ry’ubuvukanyi hagati y’Abanyarwanda n’Abarundi, akemeza ko atawuzotandukanya Abarundi n’Abanyarwanda.
Ico gitaramo cari kigamije gutanga ubutumwa bw’amahoro, ubumwe hamwe n’ugukunda igihugu. Abarundi n’Abanyarwanda bari bacitavye barahimbawe cane

Amafoto

Ivyiyumviro vyanyu

KIDUMU YARA DUHEVYE NUKURH

21.10.2016 à 20:33
JAMARI

ICO GITERAMO CABERE MUBUBIRIGI ABANDI BARIRIMVYI BABARUNDI BARIBAHARI URETSE FIZZO NA KIDUM NI BANDE

18.10.2016 à 19:45
FIRE LOVE

Fizzo Arihasi Kuri Kidumu Ahubwo Narekere Sat-b Niwe Ashoboye.

29.09.2016 à 09:37
Freedom Vempire

KBZ#KDM KIBDO NA. #BIG-FISSO NI BAMI BUMUZIK DUFIS MUBURUND.#RESPECT

17.09.2016 à 12:34
Nishimwe eddy tresor

KBZ#KDM KIBDO NA. #BIG-FISSO NI BAMI BUMUZIK DUFIS MUBURUND.#RESPECT

17.09.2016 à 12:33
Nishimwe eddy tresor

Rwanda

13.09.2016 à 12:19
Chege

kidumu arashoboye tumusavye azoze kuteramisha mugihugu camavukiro narambe imiziki yiwe ndayikunda sana

9.09.2016 à 21:11
CHOW -BIZ LEVIS MUPENZI

ABASTAR BACU BAVUMYE SANA

1er.09.2016 à 20:45
VAR-G SNOWMAN

Vyari Biryosh Nih Nar

22.08.2016 à 18:11
Bernice

KABISA NATWE BIRATUNEZEZA. ARIKO BAGERAGE ABARIHANZE BARAVYONGA KUKO BABA ARIHANZE BAZEBATWIHANGANIRA MBERE YOKUGIRA ICOBAVUGA BAZOZE BAPEREZA SAWA KIDUM TURAMUKUMUYE

21.05.2016 à 21:16
MIBURO ISA EKI AMRIANI

Fizo Numwana Kuri Kidumu Ahubwo Namwigishe Amenye Ibihugu Azoza Ararondereramwo.

21.05.2016 à 14:54
Mapoze

Fizo Numwana Kuri Kidumu Ahubwo Namwigishe Amenye Ibihugu Azoza Ararondereramwo.

21.05.2016 à 14:52
Mapoze

yooo ?tera imber nk umuzinga tukur inyuma

14.05.2016 à 22:40
NDAYIRAGIJE leonard

BIG UP BASAZA TERIMBERE NKUMUZINGA

3.03.2016 à 20:43
NDIZO

Ni Batere Imbere.

2.03.2016 à 07:00
Ndayizeye Xavier

Turashakakomwoduha Video

29.02.2016 à 20:22
Haringanji Vital

vyizacane esenatwe tworonka akanya nkako

29.02.2016 à 16:21
JUMA

Uburundi><Urwanda Biratandukanye Cane Nkuko Nkurunziza Na Kagame Batandukanye. Ariko Murimbe Mutandukanya Imana N’imana ( Imana=Umuremyi ; imana=satani)

29.02.2016 à 14:50
Jms Batwenga

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.