Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Kirundo : Abayoboke 16 ba Rwasa Agathon batawe muri yompi
Yanditswe taliki ya 14-03-2016 - isaha 07:45' na IGIHE

Abayoboke 16 ba Rwasa Agathon icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka, kuva kuri uwu wa gatandatu bapfungiwe mu gasho ka komine Busoni. Bagirizwa ko bafashwe bariko bagira inama itazwi kandi itemewe n’amategeko.

Mu gihe bavuga ko bariko bivuna inyota muri kamwe mu kabare ko muri komine Busoni, abo bayoboke ba Rwasa Agathon babonye abaporisi benshi bari kumwe n’urwaruka rwo mu mugambwe uri ku butegetsi babashwaramwo, babagiriza ko bariko bakora inama yo mu kinyegero. Baragerageje gusigura ko bariko bivuna inyota muri ubwo bunywero, ariko igiporisi kikaba cafashe ingingo y’ukugenda kibatwaye.

Mu giporisi mu ntara ya Kirundo bavuga ko abo bafashwe bagirizwa ko bateguye, bongera bakora inama mu kinyegero, bakaba bose bapfungiwe mu gasho ka komine Busoni.

Mu giporisi bavuga ko amatohoza kuri abo bafashwe yamaze gutangura.

Ivyiyumviro vyanyu

Nimube Mukundana Twese Turi Bamwe

7.05.2016 à 06:53
Nyonkuru

izo mbwa zabaporisi nimbonerakure zitwipfuriziki rindira tuzozimena umutwe

17.04.2016 à 21:20
miburo bartazard

natwe imvukira ziyo komine tubarinyuma ntibazotumara ejo ababigira turabaz nka muvunyi ,kadonyori,saguye,...tuzohor inkoko niyongoma

16.03.2016 à 12:35
Kabura Andre

Nimuvugishukuri Komuhiga Nyakubahw Rwasa Mugabo Ntimucemurenganya Abanwanyi Tuzobanaho Igiti Kirakurira Mubabaji

14.03.2016 à 22:32
Gédéon Ahishakiye

Nimubabaz Icobarimw Baragr Abonibo Batum Igihugu Kidater Imber

14.03.2016 à 22:17
Gédéon Ahisgakiye

Niwe avyigirira,navugeko afise imana sumutegetsi ukomeyese.nawe niyumve ukokamera ntanumw arihejuru yamategeko.ivyoni nibaze babikora nokubidudarika.

14.03.2016 à 21:57
NDUWIMANA

N’uko bitangura, ko batanguye gufata abo muri bo n’ibindi ntawomenya iyo bihaye bija. Ijambo ry’Imana rivuga ngo ubwami bwose iyo bwigabuyemwo ibice buba busambutse, buba buheze !

14.03.2016 à 20:33
Ndavuga

N’uko bitangura, ko batanguye gufata abo muri bo n’ibindi ntawomenya iyo bihaye bija. Ijambo ry’Imana rivuga ngo ubwami bwose iyo bwigabuyemwo ibice buba busambutse, buba buheze !

14.03.2016 à 20:33
Ndavuga

Murab ntimuhave mubarengany nimb barik barivuna akanyota.

14.03.2016 à 20:06
######

Dushaka Amahoro Tuzokwiyamiriza Abashaka Intambara Babaze Bukebuke

14.03.2016 à 18:53
Majoro

MANANA uzudutabare igih kigeze washinze kk nitwe na twe abarund duhigana.

14.03.2016 à 16:53
Ingabire

Hemwe nimuhave imbonerakure zibarongore.

14.03.2016 à 16:22
kigoma

Nibaba bafatiwe mukabare bariko bararengana kuko inama benizo ntizibera mukabare.

14.03.2016 à 14:35
Egide

mbega,imbonerakure,kozijahejurugusumbab’iporisi.gwasanarabenyimbarabantubiwebarekugwe

14.03.2016 à 13:18
cuma

Emwe,ivyo M’uburund Nagahomera Bunwa !None Icemez Cuko Bari Munama Itazwi Kandi Itemewe N’amategeko N’igiki ?Mana Urakwiye Gufasha Uburundi.

14.03.2016 à 13:07
Hermès

Emwe,ivyo M’uburund Nagahomera Bunwa !None Icemez Cuko Bari Munama Itazwi Kandi Itemewe N’amategeko N’igiki ?Mana Urakwiye Gufasha Uburundi.

14.03.2016 à 13:06
Hermès

Mbega Nibasanga Babesherwa Bazobashumbusha ?Niho Bavuga Muburundi Akarenganyo kariganje Pe !Yemwe Umukama Nadufashe Ahandi Ho Tugeze Habi

14.03.2016 à 10:58
Lion

Mbega Uburundi Ntibwamye Burangwa No Kuja Hamwe Bakayaga ?Ntakamaro Ko Kwikana.Ariko Ni Vyiza Ko Ata Mategeko Arenzwe Uwugizweko Amakenga Bumugirako Amatohoza.

14.03.2016 à 10:57
innocent ntakarutimana

Mbega Nibasanga Babesherwa Bazobashumbusha ?Niho Bavuga Muburundi Akarenganyo kariganje Pe !Yemwe Umukama Nadufashe Ahandi Ho Tugeze Habi

14.03.2016 à 10:57
Lion

Mbega Nibasanga Babesherwa Bazobashumbusha ?Niho Bavuga Muburundi Akarenganyo kariganje Pe !Yemwe Umukama Nadufashe Ahandi Ho Tugeze Habi

14.03.2016 à 10:55
Lion
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.