IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Luc Michel yahanuye ubutegetsi bw’i Bujumbura kutazoja mu biganiro i Arusha (...)

Luc Michel yahanuye ubutegetsi bw’i Bujumbura kutazoja mu biganiro i Arusha (Video)

lundi 9 Rusama 2016, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • ntakindi novuga uwo n’umurozi

  • ahonguravuzenyakuvugicumu ryomwugorutwe mwenakogahimbirimurikumwengaho

  • Uwo mubirigi na nkurunziza birakwiye Ko bicarana kuko mukirundi barayamaze ngwibisa birasabirana kandi ngwiyo igishurushuru gihuye nikindi ngovyose bicika ibihunda

  • Ndazigerageje ko ibyo nanditse bitarengana ariko namwe banyamakuru bigihe nimusome. Ntabwo ukuri namwe ubwenyu ba opposition mirakuzi mukakwirengagiza gusa ntabwo abantu bose bakwirengagiza ukuri bakubona muramwaye rero iyo bavuze ibigoramye imihoro irarakara.Imipango no gutekinika mubeshya mwebwe batutsi iyo bimenyekanye muratukana nkuko bisanzwe

  • Komera muta Luc Michel.
    Twarababwiye natwebwe ko atari mumwaka yikigihe kandi ntahozigerabiba ngotugiye mubiganiro nabagerageje gukubita kudeta nuguturira abantu babona.
    NASHAKA KUBABWIRA KO IGITUMA UWO NYENICUBAHIRO LUC MICHEL YAVUZE IVYO YISUNZE INGINGO YA ONU YA 2248
    IYONGINGORERO VYOGORANA KUGIRABACE BAYIFUTA KUGIRA ABASHATSE GUKUBITA KUDETA BUGURURIGWE BAJE MUBIGANIRO VYOGORANA.
    SINORANGIZA NTABABWIYE KO KUBERA IKIBAZO CU BURUNDI IBIHUGU VYOKW’ISI MUMISI ITARAMBIRANYE MURABONA VYATSITSEMWO IBICE 2 KUKO UBURUNDI BURARENGANWA NUMWANAVUTSE AKABIBONA, KUGERUBU USIGAYE USANGA NABANTU BASANGIYE IGIHUGU NA RETA BATAVYUMVA KUMWE RINDIRA GATO NGAHO BIRATANGUYE.

  • attention president ntasye bwose ngo ni urukundo gwishi amufitiye .les politiciens barasukana kumwe bahenda BAGAZA ngo afunge amasengero n;uwundi niko bagira bamugire

  • EMW IVYUBURUNDI NTAWUTAVYIVANGAMWO! UWURAMVY AZOBONA! UWUZAGUSIGA URAMURINDIRA NTAVYINSHI NDABIVUZEKO

  • EMW IVYUBURUNDI NTAWUTAVYIVANGAMWO! UWURAMVY AZOBONA! UWUZAGUSIGA URAMURINDIRA NTAVYINSHI NDABIVUZEKO

  • Mutama azi ibyo bakoreye Habyarimana na Ntaryamira babatumira mumanama yubusa bagahita barasa indege ,ibyo byose murabizi.

  • IBIGANIRO BIDAKUMIRA JEWE MBONA ARIVYO VYIZA

  • Umuhanuzi mubi angana umurozi nkurumbi aregembana urutwe imbere y uwo murozi ibisa birasabirana ariko aragusuka nawe utari wibereyeho ewe Burundi waragowe Imana niyo nkuru

  • Komera NKURUNZIZA Imana irakubona abansi b’Uburundi tuzobatsinda, nigihe gito iryavuzwe rigataha. Abo banebwe bamenyereye kurya batabize akuya bagiye gutuzwa. mutuma NKURUNZIZA abarundi b’umutima turi inyuma yawe. Satani nta kibanza afise iburundi azopfa yangara nka Gahini. azopfa asabiririza mu makungu ariko ni amakungu amuhinyura azomwirukana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.