MSD : Umunsi wa 26 Ndamukiza ni ntibagiranwa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 26 avril 2016 saa 10:56
Yasomwe : 38088
0 0

Umugambwe MSD umenyesha ko igenekerezo rya 26 Ndamukiza ari umunsi ntibagiranwa ku banyagihugu b’Abarundi biyamirije ugusubira kwitoza kw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ihonyangwa ry’amasezerano y’i Arusha hamwe n’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi.
Uwo mugambwe uvuga ko inyuma y’umwaka umwe warumanye kuri uwu wa kabiri, Abanyagihugu bagize imyiyerekano y’ukwiyamiriza ukwo gusubira kwitoza, bamwe muri abo banyagihugu bagandaguwe, harimwo abanywanyi b’umugambe MSD.
Uwo mugambwe ushikiriza (...)

Uwo mugambwe ushikiriza igitigiri c’abantu barenga 1500 bishwe muri ico kiringo c’umwaka, abarenga ibihumbi indwi barapfungwa, hamwe n’abarenga ibihumbi amajana atatu bateshejwe izabo.

Mw’itangazo uwo mugambwe wasohoye kuri uwu wa kabiri, bamenyesheje ko batazodebukirwa mu rubamba batanguje rw’ukwubahiriza amasezerano y’i Arusha, ibwirizwa shingiro hamwe n’amasezerano y’i Arusha.

Kumenyekanisha

1
NSABIMANA 17-05-2016 à 20:28

IYISI NIMBI MUGA MWIBUKE YUKO TWAYISANZE NGAHA !!!

2
Burundi 16-05-2016 à 11:12

Abaturiwe nabo kobatavugwa nka bo muri 1993.Bangana gute ?

3
bacemwo 28-04-2016 à 08:20

Mbega mandant niyo yatumye bazagutera ama cambi yagisirikare ? Baribaziko igisirikare kigitwagwa nabenewabo barazosubira bazohera nkifu yimijira kudahanga imbwa......?

4
bukuru 26-04-2016 à 15:02

We wiyita "walas" !ahubwo umuntu yihweje neza ukuntu ushikirije icuyumviro, wongera utukana, biboneka ko ariwewe utagira indero. ni hamwe nyene uwugutuka atagutorera pole saana ! mbega ubanza kunywa urumogi imbere yo kwandika ivyo wandika. ba wubaha abandi kugira nawe bakubahe !!!!

5
Diner 26-04-2016 à 13:53

Jew Murantwenza Abana Baband Murabashutse Barahwera Aband Barafungwa Ngo Nimanda.Muribipfu Kabisa Kwibuka Inosang Bibunguriki Atarukwibutsa Agahind Abavyey Bahekuw.Muzokwam Muhona.Shigikira Uwimye Murakimya Banyoko.

6
Nene Nesta 26-04-2016 à 13:45

Nimwibuke izontwari zahitanywe 3eme mandat ataco bizira bohogwa kubogora a Barundi mube maso namwe ntibabamese kuko abubu mbona umengo barya amavubi Mana garukira u Burundi nabarundi

7
MUYAHUDI 26-04-2016 à 13:01

IYONKURU NTACONDAYIVUZEKO GUSA NIMWIKEBUK MWOY KWISAMBURIRAKO !

8
walas 26-04-2016 à 11:55

Ariko Politique nimpano !!!!!!!!!! Sindumuja numwotsi wurumongi nturamuva mu mutwe ngo yakina Politique jew kenshi numviriza amajambo yagiye aravuga mucamake nta dero afise !!!!!!!!!MSD pore saaaana kuko ntaburongozi ufis T_T

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha