MSD yerekanye intumbero y’ibiganiro vyohuza Abarundi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 16 mai 2016 saa 09:37
Yasomwe : 38241
0 0

Mu mugambwe MSD bamenyesha ko bemera ibiganiro, ariko ibiganiro bemera akaba ari ivyotuma umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asubiza ubutegetsi, kuko muri MSD bamwagiriza ko yahonyanze amasezerano ya Arusha n’ibwirizwa nshingiro.
Mw’itangazo uwo mugambwe wasohoye, bavuga kandi ko ibiganiro bazokwitaba ari ibihagarika amabi n’ubwicanyi vy’agahomerabunwa biriko bikorerwa Abarundi, ibiganiro bishikana Abarundi ku matora ahurikiyemwo bose kandi abaye ku mugaragaro.
Umugambwe MSD uvuga ariko ko (...)

Umugambwe MSD uvuga ariko ko ata kintu gihambaye witeze muri ivyo biganiro, kuko bamaze kubona neza ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ata gushaka afise kwo kuzigera yitaba ibiganiro vyokura abarundi n’Uburundi mu kaga k’ingorane barimwo.

Mu gihe ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA bwokwanka kuja mu biganiro, bukima amatwi impanuro nyinshi bwaronkejwe kandi bubandanya kuronka zo kwitaba ibiganiro, umugambwe MSD wasavye akarere hamwe n’amakungu ko ibihano bikomeye vyoca bifatwa.

Kumenyekanisha

1
King 8-07-2016 à 15:34

Reka Turindire Ategek Abarund Ariko Ntategeka Imana Niyikorere Yo Nyen Irab Igikwiy.

2
King 8-07-2016 à 15:33

Reka Turindire Ategek Abarund Ariko Ntategeka Imana Niyikorere Yo Nyen Irab Igikwiy.

3
Ndayisaba 23-05-2016 à 17:53

Uwo vyankiye ntabura Uwo vyankana

4
ERENEST 19-05-2016 à 06:03

NUKURI.TUGERAGEZETURABE.NAYAHANDINAGAHOMERBUNWA.

5
Emmanuel 17-05-2016 à 14:47

Nashaka Ndabamenyeshe Ko Imana Ariyo Yonyene Izi Inzira Yogutorera Inyishu Ikibazo C’ Uburundi . Kandi Yarayitweretse N’uko Tutemera Kuyicamwo. N’ayo N’iyi : Gupfa Ku Caha Tukagendana Ubugingo Bushasha Muri Kristo Yesu Arivyo Nokwita Kandi Kuvuka Ubwa Kabiri. Nayo Ubundi BaKristo Ntimugashushanywe N’ivy’iki Gihe. Nimureke Abakozi Ba Satani Buzuze igikombe Cabo, Ariko Mweho Mukovye Mu Gusenga Uko Wa Musi Urushaho Kutwegera. Imana Ibahe Umugisha

6
Bwanashamba 17-05-2016 à 05:36

Hehe Nukwidigadiga

7
msd 17-05-2016 à 00:07

gusnga uvuz ukuri,rka gutumunwa namb biruko ho ntizomwemerra kwabaho.azopfa.nimurk imana izamwihanir siko !

8
None ? 16-05-2016 à 23:20

Namba hakibaho guhumirwa namwe mwarahumiwe nka Kiranga !!!
Ngo H.E Petero Nkurunziza aveho mbega yemwe yemwe yemwe !
Nambavyukuri mutahumiwe nkakiranga ja ku kivi mwitegurire amatora yokuyikura, kuko nubundi azokwitoza muri 2020 igihe umugambwe wiwe uzomugomwa kukonayaba mwishinze kuvuga ngwaveho mukabura gusaba mumagurumashasha gutunganya canke gukosora ibwirizwashingiro ubutwisunze ibirikobiraba tukareba nukuntu ibwirizwashingiro ryuburundi ripanze ntakizobuza atongera kwitoza muruwomwaka wa 2020 mumisi niyaba ritarakosorwa tuzotangura kubasomera ibituma azokwitoza, haraho dusoma tugasanga azobatanguye ikiringociwe cambere nahandidusoma tugasanga azoba arikiringo ciwe cakabiri ivyovyose tuzobereka ahovyanditse.

9
CAKIRA 16-05-2016 à 21:17

Ewe Sinduhije nyagufatigwa ku giti ! uribagiye ko mama wawe tubana mukigobe muriyanzu musangiye numuryango wawe,harimwo nigikuri ,banshorera ilengalenga muri DECA none ivyobihano nyoko nabarya babana ntibizobafata ? mbega ko twe abakozi ba leta,abomwishimiriza bamaze imyaka itatu atamfashanya baha leta ntituguma duhembwa ?ahubwo murarushe !!

10
CAKIRA 16-05-2016 à 21:16

11
Uwubizi 16-05-2016 à 21:05

Nta kindi kizoshobora Peter atari umuheto. Soit ni ukuwufata canke tutawufashe tukemera kuba abaja biwe.

12
Uwubizi 16-05-2016 à 21:05

Nta kindi kizoshobora Peter atari umuheto. Soit ni ukuwufata canke tutawufashe tukemera kuba abaja biwe.

13
NYISHU Orginal 16-05-2016 à 20:11

MSD ariko murariye murahaze gushika aho muvuga ngo SOWANYU Petero NKURUNZIZA ngo nave ku butegetsi !Ntirikabe mwa MBWITI mwe !Muri ibijuju gusa !Kwisabira ibihano kabisa !!Muramenya ko NKURUNZIZA yitorewe na BENEGIHUGUuuuuuu !!!Ahubwo buce kabiri tumwongere asubire atware IGIHUGU !

14
kabw 16-05-2016 à 19:44

noe vyogenda gt ? jew ndemera ibiganiro

15
Ernest 16-05-2016 à 12:36

Kowihendagose pita yatowe nabayagihugu mwebge mwashimiye kudeta mbekomuguma musaba ibihano tukaba tuzi ko mutazosubira gutwara ivyo bihano bizogumaho kugera ryari

16
INTAGOHEKA 16-05-2016 à 12:15

UYOMUNWA WANYU NIMUKOMEZE MUVUGE ARIKO MUMENYEKO NOKWIPFUZARICAHA KUBONA MWIPFUZA NGO NKURUNZIZA YOVA KUBUTEGETSI MANDA YIWE ITARAGERA MURASARA KANDI MUMENYE YARABACIRIY UMUGANI NGO LES CHIE BOI ME LES CARNAVAL AVANCE MUTAISHIA GUSEMATU

17
Niyondiko Felix 16-05-2016 à 11:02

Birekere Imana MSD Mwe !Aishoboye Rurema.Gusa Muze Tuze Turasenga,apana Akarimi Gusa !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha