Oscar NDAYIZIGA yahora atwara Muramvya yasezeye isi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 17 février 2016 saa 03:43
Yasomwe : 76203
0 0

Oscar NDAYIZIGA, uwahoze ari Buramatari w’intara ya Muramvya, akaba yarigeze n’ukuba umushingamateka yatowe muri iyo ntara, yitavye Imana mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu. Yaguye i Kigali, mu bitaro vy’abasirikare vy’i Kanombe.
Oscar NDAYIZIGA azwi nk’umwe mu Bagumyabanga ba CNDD FDD bateye umukono ku rwandiko rwiyamiriza ikiringo gatatu ca Petero NKURUNZIZA, mu kwezi kwa Ntwarante 2015.
Hamwe n’abo bari kumwe mu gushira ahabona iciyumviro yabo mu bijanye n’ugusubira kwitoza kwa Petero (...)

Oscar NDAYIZIGA, uwahoze ari Buramatari w’intara ya Muramvya, akaba yarigeze n’ukuba umushingamateka yatowe muri iyo ntara, yitavye Imana mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu. Yaguye i Kigali, mu bitaro vy’abasirikare vy’i Kanombe.

Oscar NDAYIZIGA azwi nk’umwe mu Bagumyabanga ba CNDD FDD bateye umukono ku rwandiko rwiyamiriza ikiringo gatatu ca Petero NKURUNZIZA, mu kwezi kwa Ntwarante 2015.

JPEG - 45.6 ko
Umushingamateka Oscar NDAYIZIGA

Hamwe n’abo bari kumwe mu gushira ahabona iciyumviro yabo mu bijanye n’ugusubira kwitoza kwa Petero NKURUNZIZA, umushingamateka Oscar NDAYIZIGA yaciye afatirwa ibihano vy’ukwirukanwa mu mugambwe CNDD FDD, mu nyuma arahunga igihugu c’Uburundi.

Umushingamateka NDAYIZIGA akaba yapfiriye i Kigali, mu bitaro vy’i Kanombe.


Kumenyekanisha

1
NDABIVUGE 20-02-2016 à 22:49

Uraz’agasuzuguro kiwe ? ? Burya yarazi ko umugam we yidhimira womuhinfuka ? Jewe ndumuntu yafashe nabi akiri gouverneur arahakwa noo kunfunga ubu rero abasigaye bitwize kwicisha bugufi lkuko aha kwisi n’indaro. Ntawuzi ko atishwe n’àba CNDD-FDD.mukumuroga n’abandi murinyuma..
.

2
Ndabivuge 20-02-2016 à 22:35

Uyo muntu yarigeze kuba asuzurana kuber’umugambwe yarimwo . None apfuye baramaze kumuhenera . Nta n’uwuzi ko atar’aba DD bamurize
Kabe àkarorero k’abasigaye bicishe bugufi kuko ntawuz’umunsi isaha. Jewe vraiment namwanka ariko ndamuhariye
. Mugabo akiriho yaransuzuguye ampana na Rujongo !!!!!

3
abel 20-02-2016 à 06:26

Yooo ! Twahomvyintwari Itatamikwa Ijambo Ntakundi Mana Hasigaye Ahaw

4
Nduwayezu Ezéchiel 19-02-2016 à 11:19

Imana Imwakire Azabane Nayo Ibihe Bidashira Kimwegusa Umuryango Wiwe Wihangane Ushire Imbere Imana Twese Turi Kurugendo Inzirayacu N’urupfu

5
Jean 19-02-2016 à 10:49

Asize Umuryango Ungana Gute ?Yishwe N’ingwara Nyabaki ?

6
Jean 19-02-2016 à 10:46

Asize Umuryango Ungana Gute ?Yishwe N’ingwara Nyabaki ?

7
Sharrif Abdoul-Rahman 19-02-2016 à 06:53

Hari hageze ko aganira na Allah !Ivyo ni ibikorwa vy’Umuremyi wacu !

8
Lambert 18-02-2016 à 17:00

Imana imuhe iruhuko ridashira naho abandika mwandike ibyo mushaka, mutukane uko mushaka namwe umunsi wanyu urahari.Gupfa ntaho bitaba ndibaza ko nta munsi ku mpanda badashyingura !!

9
VINCENT 18-02-2016 à 09:57

IMANA IMWAKIRE,

10
Clovis Ndayikunda 18-02-2016 à 08:57

Imana Imwakire Mu Bwami Bwayo

11
Panda Servile Emile 18-02-2016 à 08:38

Twese Niyo Tuja.Umuryango Wiwe, Commune Mbuye, Province Muramvya, Uburundi Twese Twihangane Kuko Tubuze Umugabo Atari Akagabo.

12
cumacindubaruba 18-02-2016 à 08:02

intimenya niyo ntinegura, ese yaraziko ikibanza ciwe kiri mu rwanda. ngira boza baca ubwenge. bibaza urwanda ngo ni nkuburundi igihugu camada n’ubuki aho umuhutu, umutwa umututsi yishira akizana, umuntu mutomuto ashobora kuba mugisagara ubuzima bukabandanya agatera imbere mbese kutwo yiyungunganyamwo dutoduto agatera imbere, i rwanda utari FPR ntajambo uba ufise, uri umuhutu hoho nacane cane wigeze kuba muntwaro userukira abahutu hoho ntibagutevya.

13
Nkunzimana Jeandedieu 18-02-2016 à 06:22

Nukwihangana Kimwenobwirumuryangowe Wokwihangana Nikwisimez Imana Imwakire Hama Umugambwurikubutegetsi Nowubwira Vyosebitegwanawo Mugantantaco Imaniriho Ntanvuridahita Abarundituzo Subizwa

14
Kanyosha 18-02-2016 à 02:22

Ntamuntu akunda umwana gusumba nyina yamwivyariye. Umva Kagame ntarukundo yaribafitiye rwokubahimiriza kujamugihugu ciwe kugezanaho yemera guhomako amahera yigihugu ciwe nayumuryango wiwe, ntakindiyishakira atari kubashakako amanyungu. Ayaturikoturarira tukiriko kobimuyangaranye ubagiye gukoresha uburyo ashoboye bwose abarundi yabwiye amahanga azoruhuka abicishije bose kuko abarundi ntimusumba bakaregeya bagoranwe mubuhungiro nokurugamba kugeza bamwicaritse kuntebe yubukuru bwigihugu arikomwombarira aho Karegeya nahandintavuze iyobari ? Ariko ntituzogumaturabira ngwakomeze kutumarira abacu.

15
###### 17-02-2016 à 22:57

wait and see

16
INTAGOHEKA 17-02-2016 à 21:21

NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE

17
None ? 17-02-2016 à 20:34

@ Zoe, uruherupfu ? Kandintubisigurirejewe gusa canke abarundi gusa turibeshi abanyarwanda nabarundi dukeneye utwishurire hamwe kuko tubizi kumwe.

18
kamaro 17-02-2016 à 20:03

abahungiye murwanda bazogaruka ari imirambo.... nguyo KAGAME araje abatsembe !!! uko niko yamaze benewabo......

19
Kimana armand 17-02-2016 à 19:14

Maregarege, Rodrigue Bunyoni n,abandi ntiriw ndavuga ni Kagame yabish ???? Uburozi documentation yirirwa iratera abo yanyuruj ni Kagame yabubahaye ????

20
housen 17-02-2016 à 18:34

ntimute umunwa ruriye abandi rutatwibagiye kandi ntamuhinga wisi

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha