PAFE imenyesha ko abarundi babandanya guhunguka

Yanditswe na
Kuya 23 Mukakaro 2015 saa 03:08
80310
0 0

Igipolisi kijejwe urujanuruza mu kirere no kugenzura imbibe PAFE kimenyesha ko igitigiri c’abarundi bahunguka bava mu gihugu c’Urwanda babandanya kwongerekana.
Ibiharuro vyasohotse mu gatondo ko kuwa kane igenekerezo rya 23 Mukakaro vyerekana ko abarundi barenga 1200 aribo bajabutse urubibe bagaruka mu Burundi,baciye ku Kanyaru ya ruguru,abandi baciye i Gasenyi Memba no ku Ruhwa.
Muri abo,818 baciye ku rubibe rwa Kanyaru ya ruguru, 340 binjiye baciye mu Gasenyi Nemba, mu gihe 48 baciye ku (...)

Igipolisi kijejwe urujanuruza mu kirere no kugenzura imbibe PAFE kimenyesha ko igitigiri c’abarundi bahunguka bava mu gihugu c’Urwanda babandanya kwongerekana.

Ibiharuro vyasohotse mu gatondo ko kuwa kane igenekerezo rya 23 Mukakaro vyerekana ko abarundi barenga 1200 aribo bajabutse urubibe bagaruka mu Burundi,baciye ku Kanyaru ya ruguru,abandi baciye i Gasenyi Memba no ku Ruhwa.
Muri abo,818 baciye ku rubibe rwa Kanyaru ya ruguru, 340 binjiye baciye mu Gasenyi Nemba, mu gihe 48 baciye ku Ruhwa.

Amakuru atangwa n’abakozi ba PAFE ku rubibe rw’Uburundi n’Urwanda amenyesha ko kuva kw’itariki 2 gushika kw’itariki 22 z’ukwezi kwa Mukakaro abarundi 7733 binjiye mu Burundi baciye ku Kanyaru ya ruguru, mu gihe 6478 binjiye baciye ku rubibe rwa Gasenyi Nemba.

Umuyobozi mukuru wa PAFE Jimmy Hatungimana amenyesha ko ibintu vyifashe ukwo, no ku bahungiye mu gihugu ca Tanzaniye, kuko nabo bariko barahunguka, ariko ko ibiharuro vyabahunguka bitazwi kuko abahunguka baca mu nzira zitazwi n’amategeko.

Mwomenya ko kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ndamukiza, abarundi barenga ibihumbi 160 bahungiye mu bihugu bihana imbibe n’Uburundi.


Kumenyekanisha

1
mutabazi 24-07-2015 à 16:17

Ntakuntu batagaruka kuko abatutsi badashoboye kurya impungure. Numwaka umwe urabananiye kweri... i RWANDSA naho abaturage inzara iranuma naho abarundi bo bagahitamo guhunga amahoro arinjye nkurunziza nari gufunga umupaka bakabanza bakumva uko ubuhunzi buryana

2
Amani 24-07-2015 à 16:16

Ivyo Bavuga Ndabibeshuza 6vyo.

3
fidelite 24-07-2015 à 01:33

Erega abatutsi bari deguisa bakigira imbonerakure mw’ijoro kugira abantu bate bomoke comme ça amatora ntazobe,les pauvres barabonye ko bahenzwe kandi nabo basize ataco babaye,rero bigarukiye surtout ko n’amatora yahez,ngirango mwarabonye ko hari abatoreye kuri ambassade mu rwanda,babonyeko bahunze ubusa nibitahire abashaka,abadashaka babe barigumiye muri sheeting

4
Eric 23-07-2015 à 21:59

Ntawovyizerakwari Vyo,kuko Basigaye Babesha Nabo.

5
Eric 23-07-2015 à 21:58

Ntawovyizerakwari Vyo,kuko Basigaye Babesha Nabo.

6
Eric 23-07-2015 à 21:56

Ntawovyizerakwari Vyo,kuko Basigaye Babesha Nabo.

7
emma 23-07-2015 à 21:36

emma

nibatahe ahandiho ninde yariyabirukanye mugihugu cabo? atari imitima mibigusa ibuzuyemwo nibakumbure bamenyeko twese turabarundi nayo abahunga bamenye iyobazohungira hose bazokwama arabarundi batazokwitwa abomurivyo bihugu muzoba mwahungiyemwo tahe.

8
[email protected] 23-07-2015 à 21:13

Pafe irabesha kuko uwuciye ku rubibe wese ntaba ahunze canke ahungutse. Kandi nta nahamwe wiyandikisha muri pafe ngo ndahunze canke ndahungutse. Ibiharuro vyukuri ni ibitangwa na HCR gusa

9
nahman 23-07-2015 à 21:12

nibabe bareka kubesha nabandi baguma bagenda.

10
Bucumi alain jupe 23-07-2015 à 21:02

25771831940

11
keneddy 23-07-2015 à 20:39

none ko mbona hariko hahunguka abazungu nibo bari bahunze??? canke ubuhunzi bwatumye bacika abazungu????

12
NAHIMANA 23-07-2015 à 17:34

IYO BABA ABO MBWIRA BOTENYENYE . NONE BIRYA BARYA BA GENERAUX BATANGAZA BIJANYE N ’ INTAMBARA BARIKO BARATEGURA KUBA ARI UKUJAJURA ? REKA NTURE KINO GIHUGU NA BENEGIHUGU NAHO PETER WE MBONA UMENGO NTACO ANEZWE !

13
Patt 23-07-2015 à 17:03

Evidemment, kuko akari inyuma karahinda...

14
Kazemurisanga 23-07-2015 à 16:23

Abobarikobarahunguka nibamwe twavuga bahunze ibihuha vyacakuma radios mbere abeshibaracaza, ariko benegutegura ibihuha ntabazoza aboreromugiyekubona batahamugihugu cabo muzocemumenya kwataruhare bagizemugutegura ibihuha. Nkabanboneyeho kubabwiranti kazemurisanga twaritubakumbuye.

15
MBONERAKUNYA 23-07-2015 à 15:25

Rekana iyo mitwe mwa ba DD,mbe ko muvuga ibitigiri vya bahunguka ko tutarigera twumva muvuga ivy’abahunga,iyo buba ubumwe bwarikindi.

16
MBONERAKUNYA 23-07-2015 à 15:22

Rekana iyo mitwe mya ba DD,mbe ko muvuga ibitigiri vya bahunguka ko tutarigera twumva muvuga ivy’abahunga,iyo buba ubumwe bwarikindi.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha