Accueil > Amakuru > Poritike > Pancrace Cimpaye: "Ishingwa ry’umurwi CNDI ni inkinamico"
Pancrace Cimpaye: "Ishingwa ry’umurwi CNDI ni inkinamico"
samedi 26 Nyakanga 2015
Icegera c’umuvugizi w’inama y’igihugu yishinze gukingira amasezerano ya Arusha n’intwaro ishingiye ku mategeko CNARED Pancrace Cimpaye,amenyesha ko umurwi wo gutunganya ibiganiro hagati y’abarundi CNDI washinzwe n’umukuru w’igihugu ataco uzoshikako.
Pancrace Cimpaye avuga ko umurwi CNDI udakenewe kugira umukuru w’igihugu aganire n’abari mu Burundi ariko ko ukenewe kugira utanguze ibiganiro hagati y’abashamiranye.
Kubwa Pancrace Cimpaye,icegera c’umuvugizi w’urunani CNARED ntawushobora kuvuga ngo yatunganije ibiganiro kandi hari abategerezwa kuvyitaba batatumiwe.
Mu gihe Reta y’Uburundi ivuga ko itemera CNARED kuko utemewe n’amategeko y’igihugu,Pancrace Cimpaye avuga ko Reta iganira nabo bahanganye abo nabo akaba ari abari muri CNARED,kubwiwe ntaco bafise boganira n’abandi kuko bobo badahanganye.
Pancrace Cimpaye arangiza avuga ko ishingwa ry’umurwi CNDI ari inkinamico kuko ata kintu na kimwe kizovamwo.
Van Naris Mugisha
Messages
26 Nyakanga 2015, 09:29, par junja
wewe.horantawurabaha.ijanbo.rinditabibirinsmirongibiri.pita.abakubite.inpaga.
26 Nyakanga 2015, 09:32, par Festus Murutana Giharo Muhafu
Nawe nashinge uwutarinkina mico murumvako kagabo ko,bashinz cnard bashits kuki gusa nibikubitagashi bareke kujuragiza abantu bamwe bahunga aband batarangurimirimo yabo ngo,biteze intambara intambara twarayisezreye mugihugu cuburundi
26 Nyakanga 2015, 09:41, par Nduwayo
KOMERA MUTAMA PANCRACE ABARUNDI ISINZI TUBARI INYUMA MWE GUSA HAROREWE YUKO MU DECLENCHANT UNE GUERRE HAMA ABA JEUNES BAGAKOROKANA ZA ROCKETS NAZA AK 47,NA ZA MITRAILLEUSES MPAKA BAMUTITIMUYE PETER NAKARWI KIWE CNARED OYEEEE.
26 Nyakanga 2015, 09:56, par Falcon
Komera mutama CIMPAYE,abo ba DD tuzobumvisha buhoro buhoro.
26 Nyakanga 2015, 11:12, par jean claude
mwe twarabahinyuye temba temba mwe ntimukunda iwanyu
26 Nyakanga 2015, 11:34, par peace
none niyompamvu mwagiye guhangana kugira muganire!!!,mwarataye umutwe kabisa.CRANED none ko tubona iyi mandat nayo igira ihere murumva mutarimo mwihenda muhenda n’ababayoboka?? nimwocunga nabi na 2020 muzotaha amaramasa!!!
26 Nyakanga 2015, 11:59, par J.marie
iyo mirwi yose ishingwa.jew mbona ari ukubagabira amahera.hasigay ngo reta yabuza ayo guhemba abakozi!
26 Nyakanga 2015, 12:08, par Kariyo
Erega Pancrace Uwukize Isemu Yibagira Icamwirukanye. Bibagiye Namwe Ko Mwemeye Ko Muganira Ngo Bareke Kwica Abantu. Ubunaho Banka Kuganira Kugira Babandanye Bica
26 Nyakanga 2015, 12:08, par Kariyo
Erega Pancrace Uwukize Isemu Yibagira Icamwirukanye. Bibagiye Namwe Ko Mwemeye Ko Muganira Ngo Bareke Kwica Abantu. Ubunaho Banka Kuganira Kugira Babandanye Bica
26 Nyakanga 2015, 16:00, par Marcel
Aho biri..Iyo organisation ya ba Cimpaye Pancrace naho itazwi n amategeko ya Burundi ndabona ko ikenewe mu biganiro kugira uburundi ntiburwe mu rwano..
Aba DD bafise power..Ba Cimpaye nabo nyene uko.Inkuba zibiri zirwanye ziraaburana.Ntawutsinda uwundi.Twebwe abarundi dukeneye amahoro na eclaircissements.Twihweje ibiba biragaragara ko Mwebwe Pancrace ari mwe mwica abantu mu kica kamwe kamwe muterera mwibarabara ...Gaoyi mugasimbira muri internet ngo aba DD basaze...Abo ba DD nabo bariko baratohoza bararenza mu ma tortures yabo....Ivyo mukora n inkinamico ahubwo.Twebwe abarundi twihoreye niyo constat yacu.Solution icare hamwe muganire mugire ico mushitse ko.Pancrace naho navuze ngo mur power nivyo mais ntimusumvya aba DD...je prefere o aba ari mwe mutoba et non bobo..Ko iyo bahagurutse ni imiriro misa.rero fait tout muganire.Ico nzi coco nuko mwese muri Caneb mubandanije muri iyo bras de fer..fin 2016 muri mwese ntanumwe azoba agihema.A bon entendeur Salut
26 Nyakanga 2015, 16:46, par None?
Mbe Pancraci uwomubwirati : Genda utange baryamurikumwe mwakiryakirwimwashize barya bayoboreye abantu kujaguturira abandibantu, nibintu, atiwongere ukuremwo barya bashatse guterakudeta, ukuremwo nabarya barinyuma yibiterovya Cibitoke, na Kayanza maze bashikirizwe ubutungane, noneho abarimwicokirwicabo batakoze ivyovyose navuze abaribobaza kwicarananabandi bige ivyigihugu cabo, ivyoyobikora? Pancrace ivyonimba mutabikoze murazoshaka mutwice twese ntituzogeza kubwira abategetsibacu ngimibwicarane nabahimiriza abantu guturira abantubabona nabateramakudeta , ivyotibikoze twobatwiyononeye nkabarundi kukonejo uyundi yosimba agaturirabantu kukwaziko bicabimufasha guhamagarwa ngoyicarane nabandi kandi arishano. Mbemuraziko vyozoshika nomubindibihugu bagaturira abantu bakacabavugako nomu Burundi baraturira abantu bakacabahamagarwa kwicarananabandi!? Rekantimuzokore ishano ngomihamagare kiryakirwi kireka habanze gutangwa abarinwo bakoze amabara abere bakitaniribiganiro atankomakomyi kukonikokanya bonakwigishwa kwirinda kuzabariyegereza abakoze amabinkarya ngobarikobarafatikanya gukora za politique sigaho ntasoni ngowoterura kiryakirwi ngokije mubiganiro!?
26 Nyakanga 2015, 19:25, par INNOCENT
KOMERA MUTAMA UVUZE UKURI MWARI MUKWIYE GUTUMIRWA.
26 Nyakanga 2015, 19:33, par INNOCENT
AHO UVUZE UKURI MUKWIYE GUTUMIRWA MWESE.
26 Nyakanga 2015, 19:35, par INNOCENT
AHO UVUZE UKURI MUKWIYE GUTUMIRWA MWESE.
26 Nyakanga 2015, 21:23, par Nzohakurwanayo J. Claude
None Bazogeza Hehe Batumvikana?
26 Nyakanga 2015, 21:24, par Nzohakurwanayo J. Claude
None Bazogeza Hehe Batumvikana?
27 Nyakanga 2015, 04:14, par BIH
E
27 Nyakanga 2015, 07:24, par Frodebu
E Pacrace uribuka imyaka cndd- FDD vyayitwaye kugira Buyoya ye mere ibiganiro? Nawe urungitse Ababa ba kandi gwawe barikwiga iburaya ngo niwe ukenewe kuja mubiganiro kuko uhanganye nareta sha uritonda ndumva wokomeza kuba uririra two dufaranga urigusoresha about burundi barihiyo ubahenda ngo harivyo mugira muhikeko imitunu izotunukira hiyo mu bubirigi
27 Nyakanga 2015, 16:40, par Kimwehumwehu
non ga pankarasi ufungur intete nka kurya kwizindi mpunzi cank ufungur imfashanyo y amhera uhabwa na ONU? Ururwaruka Mwahindiy Mwibarabara Nirwo Ruhaboney.
27 Nyakanga 2015, 16:42, par Kimwehumwehu
non ga pankarasi ufungur intete nka kurya kwizindi mpunzi cank ufungur imfashanyo y amhera uhabwa na ONU? Ururwaruka Mwahindiy Mwibarabara Nirwo Ruhaboney. Aho Wew Ushamirany Nand Uridigadiga Sha
27 Nyakanga 2015, 18:17, par fidelite
@nduwayo
burya hari abantu muntwenza,mbega abo ba jeunes uhaya ni bamwe,twa tunywarumogi twishwe n’inzara ku musaga no ku mutakura,twafashe tukamarira abahutu mu mapine kubera hari aba polisi babakingiye ikibaba,mbe ayo ma mortiers n’ama roquettes mwibaza ko ama industries yakoze ayo gwanyu gusa,ahubwo nibaze,ntimushobara kwibaza ingene nshakako izo bombes zitangura hanyuma ico gisagara gishe cose,ntababesha hari imbwa z’abatutsi bubatse ama building mu vyo batwivye,nshaka zose tuzite hasi,igisagara cose gishe hanyuma uwuzosigara twese dutangurire à zéro,bura hari igihe mufyinisha izo mortiers ntimuzi ko hari abahutu twababaye turaba ivyo mwubatse mubanje kutwica no kutunyaga tugasesemwa,nta etage y’umututsi nimwe izosigara ivyo mubimenye ,zana izo mortiers bandes de vampires.
27 Nyakanga 2015, 19:03, par bakame
Ni cayi yarangi.Bazoganira turabizi uko nikuba barisamaza ngo barabe inguvu cnared ifise ariko ndazi bizohera .ca va aller.
27 Nyakanga 2015, 20:18, par fidelite
@nduwayo
burya hari abantu muntwenza,mbega abo ba jeunes uhaya ni bamwe,twa tunywarumogi twishwe n’inzara ku musaga no ku mutakura,twafashe tukamarira abahutu mu mapine kubera hari aba polisi babakingiye ikibaba,mbe ayo ma mortiers n’ama roquettes mwibaza ko ama industries yakoze ayo gwanyu gusa,ahubwo nibaze,ntimushobara kwibaza ingene nshakako izo bombes zitangura hanyuma ico gisagara gishe cose,ntababesha hari imbwa z’abatutsi bubatse ama building mu vyo batwivye,nshaka zose tuzite hasi,igisagara cose gishe hanyuma uwuzosigara twese dutangurire à zéro,bura hari igihe mufyinisha izo mortiers ntimuzi ko hari abahutu twababaye turaba ivyo mwubatse mubanje kutwica no kutunyaga tugasesemwa,nta etage y’umututsi nimwe izosigara ivyo mubimenye ,zana izo mortiers bandes de vampires.
28 Nyakanga 2015, 22:55, par niyongabo
none vy’ukuri,umuntu yashinze uwo mugwi wo kwumvikanisha abarundi,ashaka kwumvikanisha abafitaniy ingorane cank ashaka guhuma amaso amakungu.mbega ivyo biganiro vyo bitagira uwumvikanisha ni nyabaki?football,na match ya minim iragira umuhagarikizi.na entrainement coach araja hagati.kand ari match bashaka ukuri batora arbitr avuvuy ahand.mbwira babarund batazi kuvuga ukuri rero.
30 Nyakanga 2015, 11:39, par renovatt
none uburundi bugiye kuba ubwande jew ndabona umuhirwe nuwamenye yesu ubundi ivyisi namahano gusa? abasenga musenge yesu ari mukuza
1er Gitugutu 2015, 03:42, par Jack
Aho ibintu bigeze, ibiganiro nyakuri nivyo vyonyene bikenewe, atavyokubeshanya birimwo.