Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru
Reta y’Urwanda yerekanye aho ihagaze ku bibazo vy’Uburundi
Yanditswe taliki ya 23-10-2015 - isaha 08:58' na IGIHE

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu asigura ko kuba Uburundi bwarirukanye umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi bidatangaje kuko ataho bitaniye n’uko Uburundi bwigenjeje kuva ibibazo burimo bitangira.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kane, Louise MUSHIKIWABO, umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu, yamenyesheje ko Urwanda rwahisemwo kugenda buke mu bibazo Uburundi burimwo.

Umushikiranganji MUSHIKIWABO avuga ko Urwanda rwabandanije kwitondera ibibazo vy’Uburundi kuko rushaka ko bikemuka, ibihugu vyombi bikicara bikaganira. « Icya mbere navuga ni uko ibibazo biri mu Burundi ni ibibazo bikomeye niyo mpamvu mwabonye twebwe nk’u Rwanda twaragenjeje make ari nayo mpamvu tutashatse gukurikirana ibirego bidafite agaciro. »

JPEG - 30.8 ko
Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu,Louise MUSHIKIWABO

ku bijanye n’umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi yirukanywe, umushikiranganji Louise MUSHIKIWABO yagize ati : « Kwirukana umudipolomate wacu ntabwo bitangaje kuko ntabwo bitandukanye n’uburyo U Burundi bwitwaye kuva ikibazo kigitangira. Ibibazo byabaye ku mudipolomate wacu i Bujumbura, twabigenje gahoro kuko twabonaga aho bigana Atari heza, duhitamo gushaka uko ikibazo cyakemuka aho kugenda kiba kibi. »

Mu kwezi guheze, Uburundi bwagirije Urwanda ko rukoresha imyimenyerezo ya gisirikare abarwanya ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza, ariko Urwanda rukaba rubihakana rwivuye inyuma.
Ku ruhandi ruhande, Urwanda narwo rukagiriza Uburundi ko bubitse abarwanyi ba FDLR barimwo abasize bakoze ihonyabwoko mu mwaka w’1994.

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu akavuga ko ivyo bibazo bizotorerwa inyishu, umubano hagati y’ivyo bihugu vyompi ugasubira kuba mwiza. Umushikiranganji Louise MUSHIKIWABO yizeza ko ata murundi yahungiye mu Rwanda azokwirukanwa.

Ivyiyumviro vyanyu

U Rwanda rwagize neza, kwitandukanya nikibi, Petero nkurunziza si umukuru w’igihugu wemewe, ahubwo ni umukuru wa Cndd fdd n’akagwi kayoboresha igitugu n’umukazo n’igikenye, u Rwanda rwavuze ukuri nta majambo menshi babwira abatariho, Nkurunziza aziyicigwa nabiwe barya basoda nibamara gusonza no kwicwa bazoguhindukirira bakwice natbwo ari abanyarwanda, hanyuma munyuma hatogwe se barundi apana se banyakayanza.

3.11.2015 à 12:04
Nsaguye

ikibabaje nabantumwica mubaziza ukurikwabo niyo bakosa mwabashikiriza ubutabera ntimwabica nkaho bitaza bagaruka kwica umuntu umuziza ukoyavutse ibaze ariwewe babikoreye wakumva umere wutese vugukuri wumurozi niwe ubabashye ariko budakeye kabiri arabizirana kuko arikurenganya Innocent people niwe urikwica abobantu cyangwa akabicisha noho ubutare avuga yabucukuye akareka kwica abantu koko ntasoni mufite kwica mugenzi wawe numuvumo ntibizakuvaho igihe abandi bazishima wewe uzaba ubabaye uzabaze nterahamwa bazeretse ngozitahe barazibabariye ariko nanubu riracyanduzi nibindi bihugu barangije kongo bageze aho iwanyunaho stupid

31.10.2015 à 16:15
happy

vugukuri wiyise umunyarwanda ushingiye kuki uri nkende monkey mucyongereza niba utarumurundi wumutindi urinterahamwe ntikiyitire ibyabantu bazima nibyo wandika siki rundi siniki nya rwanda urumuginga winkende mayibobob kabwera inyeshyamba umuhirimbiri imafu ziyubwejagurira ghost from the hell !

31.10.2015 à 16:06
happy

Ubund nimb Imana yashatso perezida nkurunzi agumah ubwo azgumah nah nimba itamushak ubwo izamuvanah ereg ngubukur butangw n Imana.

28.10.2015 à 18:53
nshimirimana

FELICITATION HONORABLE MINISTER UFITE DIPLOMATIE.IBIBAZO BY`UBURUNDI BIRAKOMEYE BO BAZI KO KWICA,GUTOTEZA ABDAFISE IVYIYUMVIRO BIMWE N`UBUTEGETSI N`IBINDI KO ARIBYO BIZABAGEZA KU MAHORO ARAMBYE.
BARUNDI MUREBESHYA MUZE MUREBE URWANDA AMAHORO, ITERAMBEREN`IBINDI BYIZA BAGEZEHO KUBERA GUSANGIRA UBUTENGETSI,UBUMWE N`UBWIYUNGE N IBINDI BYIZA.MWE MURIRIRWA MWICA ABENE GIHUGU CANYU NGO MURASHAKA AMAHORO.MWABONYE AMAHORO AZANWA NO KWICA ABO USHINZWE KURINDIRA UMUTEKANO ?
IBYANYU BITEYE AGASHAVU MWAREKA ABARUNDI MUKABANA AMAHORO(HUTU,TUTSIS,ET TWA).

28.10.2015 à 13:23
JOE

uwiyita kaka ntuzosubira kugaya igisirikare cuburundi ni gi police cuburundi ukiggereranya nirya daso yanyu arizo nterahamwe zakagame ikindi abakani politi que nimukine ariko igisoda cuburundi mukireke kuvakera ugwanda nigwigeze rusinda igisoda cuburundi abo banyagwanda ingando zahanaguye mumutwe umengo kagame niwe wenyene ashobora gutwara akakabakanga mugaca muvuga ndiyo bwana nimutekereze mushiki waboyabonye ko uburundi atari kongo yaba arikongo ko bumfisinterahamwe ko batinjiye ? tubereke uko uburundi butitaha kanasinda abasoda burwanda bazi kurwana kagame yarabirukanye hasiogaye abatazi urusasi twebw etugwamako muri somali nimutekereze mugisoda cugwanda hasiga abana nkakarya gahungu kiwe kize theorry muri america atanahamwe korumva umwosi winkoho niba pime bambuke tubereke ko uburundi butitaha

28.10.2015 à 08:23
FDN

Hahahahaha ntamusi ifyisi izobika intama mwabasoda mwacanyemwo nankurunziza ukaba uzikurumuhutu mushikiwabo arababeshe, ntampinzi bazirukana ubu barabamakinzeko akantu on day on tim ningorane muzobagwa mwobewe ivyomwakoreye abanyagatumba umwanawimbe azira ugwanko gwanyina inyankakubwigwa ibwigwa nukwamaso atukuye

28.10.2015 à 05:36
Mugisha john

Nguyo umudiplomate azi diplomatie kandi azi ubwenge atari baba kehabwenge b’i Burundi !!

26.10.2015 à 18:23
NKEBUKANDIRA

Louise MUSHIKIWABO,ndakwemeye, genda uraciye ubwenge ; nayo ivyo bijuju vy’aba CNDD-FDD vyishinga vyasama tugiye kuvyahira umuti bikwiranye kuko aho bahereye basesa amaraso ni kera, natwe ubu twashishwe, tugire tubasubirize mu ndumane !

26.10.2015 à 18:17
Mpozenzi

rwanda nkunda uritondera ivyuburundi ntuze urote uvyivangamwo guko wohabonera ayo imbwa yaboney kumugezi ushaka urapima urabe tukuryane numushatsi

26.10.2015 à 12:58
tinyabantu jean de Dieu

Iyo nsomye avyandikwa hano niho mbona ko U Burundi bwinjiwe n’interahamwe, n’abanyarwanda bakoze genocide bazwiho amacakubiri ndengakamere !!! Barundi ntabwo u Rwanda ruri mu bibera mu Burundi izo propagande z’interahamwe twakiriye zifuza guteranya ibi bihugu, no gusamaza abarundi, tudakangutse tuzosanga u Burundi interahamwe zarabwigaruriye erega niza zipanga ibiriko biraba vyose, ico zivuze nico gikorwa rebe namwe ubwicanyi busigaye buhari. Yamara dukwiye kwikebuka !!

26.10.2015 à 08:54
che

mukure murako kanwa kanyu u Rwanda kuko aho tugeze muzahagera bibagoye icyo muzi nugutukana gusa , mujye muvugira iyo ngiyo iwanyu nkimbwa ziri mubipangu hazagire umuhirimbiri uhirahira yambuke umupaka azana akavuyo murwimisozi igihumbi tuzamwereke icyo tumukorera nizo nterahamwe mucumbikiye zarananiniwe nimwe muri kuzana akavuyo murisema , between my HE Paul k na Peter hariho difference nini cyane mugumane nizo nterahamwe zizabereka ubudasa mwamihirimbiri mwe.

26.10.2015 à 01:05
abasazi

@Turacarikungoma, urigicucu muzate Urwanda turebe sha, wibuke ko Urwanda kugisoda gikomeye ari urwambere muri Afrika. Mugabo abazamura amazuru kurwanda nimwe binjiji Peter arabizi neza ko na Daso (Defence locale barinda izamu muri quartier) yacu igisoda nigipolice cyanyu kitakoraho.

25.10.2015 à 23:08
kaka

mana fasha twebwe abarundi kandi nigihugu cacu ukibuke

25.10.2015 à 19:32
ahishakiye vedaste

Uburundi ntanakimwe busaba urwanda Kandi no mumateka urwanda bravo rwigisha uburundi. Ingorane Ziri iwacu I Burundi nizacu. So Rwanda should back off. Bakure amazuru yabo muvyuburundi.

25.10.2015 à 09:44
######

Sha Mwebwe Acnyarwanda Mushaka Gutwara Uburundi ?Icomwomenya Uwurukarihije Ruramumwa ,mushake Mupange Abatutsi Bo Muburundi Ngo Barwane Ntaco Bazoshikako Bazopfa Badasubiye Gutwara Nayo Kagame Yokwitondaumusi Abarundi Tuzoterera Urwanda Tweho Suko.

24.10.2015 à 19:16
Turacarikungoma

mwumvise ko militairement fdrl idakanga u rwanda, so mubabike muzi neza ko nta bwoba tubafitiye, ahubwo muri kwikuraho inzitiramibu, ntimuzakira malaria iterwa n’interahamwe, vous regretterez plus tard, bizobagora kubigizayo, dore na congo vyaranze, bariya nta bucuti bwabo, ntawe bakunda kuko nabo batikunda. bariko umuvumo w’ivyo bakoze, ni vyo bari kubatoza, cyangwa kubamenyereza kuko namwe kwica muri kuri top.

24.10.2015 à 14:54
hope

@ali amour ,

Uvuze ukuli kweli byose bigomba kwigirwakurwanda abarndi baeneye amasomo menshi . kuko nab ubabo bamaze kwiyanga no kwanga igigu cyabo , bamwe bumv bakwiberaabanyawanda kubera uburyo babona urwanda ruyobowe neza !!! Urwanda rwgombye gufasha uburundi , byaba ngombwa UBURUNDIBUGAHINDUKA PROVINCE YURWANDA NIBA BUSAA ITERAMBEE NKIRYURWADA !!!
amateka yiubirao kand bilihafi !!!

24.10.2015 à 13:07
Nzobandora

@Imbwa Falcon. aba SANS ECHECS mukunda gutukana no kwica. Twarabahinyuye ibyo mwakoze 72-93 ntibizosubira kuko turi maso.

24.10.2015 à 11:20
Rufyikiri

muribicucu.
koko mwiyunvira ko rwanda rutabona ko kugira rugire amahoro aramye rwifuje gukontrolla uburundi !! bavyta Geo-politic.
abasoda bahunze uburundi na congo bakuru banyikira he !!!! ninde ababika ?kuberiki ? wiyunvira ko UBurundi bwitwa bwabahutu bwo tera imbere yabanyagwanda babona :IGIKOMYE COSE NGO NINTERAHAMWE !!
PETER YARAGERAGEJE KUBA UMUGENZI NA KAGAME ARIKO REBA AHO BIHEREYE.
uyo muministre avuze inyuma aho bagerageje kwica abakuru ,aho bagerageje gukoma ihonyabwoko,aho bagerageje guteranya igisirikare hagati .BIRABANANIYE NGABO BATAGUYE DIPLOMACIE .UBWOSE TUZAGIRA TE ABAVANDIMWE BACU .BABAYE BLACK IMPERIALIST

24.10.2015 à 11:11
eric
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.