RUFYIRI Gabriel asaba ko abapfunzwe borekurwa (Audio)

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1er juin 2016 saa 08:28
Yasomwe : 21915
0 0


Kumenyekanisha

1
ERNEST MWUMBA I.NK.N 1er-06-2016 à 14:42

ABARUNDI JEMURANTANGAZA KUKO RUFYIRI AVUZE BACEBARE KURA ADAHANWE MBETWEBAKOREYI IVYAHA BIZOCA BIGENDAGUTE REKAKWAMA MUBIBA UGWANKO MUBANTU TWARABA HINYUYE

2
tari 1er-06-2016 à 09:41

Rufyiri uri umushingantahe abushitse abapfunzw nibarekurwe vuba atakirinze gusabwa kuoko bwabaye ubwambere mumateka y uburundi ahabanyagihugu bahagurukira rimwe bakarwanira iteka ryabo uyumusi abarundi barwaniye iryoteka sibo bokagomvye kuba bapfunzwe ahubwo abokagomvye kuba bapfunzwe nabo bahugabanije iteka ryabarundi muguhonga amasezerano yabo barose abavunye nkaba ndanagushikiye kwico ciyumviro cawe conkwanka ko hagira umuntu numwe afata igihugu akagihindura nkumurage wase nasekuru ivyo abarundi ntitozogenda tuvyemeye kuko twarabisezereye igihe twiyemereza amasezerano yarusha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha