Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Ruyigi : Abayoboke indwi ba Rwasa Agathon bari mu munyororo
Yanditswe taliki ya 27-08-2016 - isaha 07:11' na IGIHE

Igiporisi co mu mtara ya Ruyigi carahagaritse abanywanyi indwi ba FNL bayoboka Rwasa Agathon, bo muri komine Kinyinya, intara ya Ruyigi. Bagirizwa ko bahamagarira abanyagihugu guhunga.

Muri abo batawe muri yompi harimwo Nicolas BIGIRIMANA, asanzwe ariwe arongoye FNL ya Rwasa Agathon muri komine Kinyinya, bose bakaba bapfungiwe mu gasho ka komine.

Mu giporisi mu ntara ya Ruyigi basigura ko abo bantu bafashwe bagirizwa ko bahamagarira abanyagihugu guhunga igihugu, mu kubabwira ko hari mukuba intambara. Abo bantu bagirizwa kandi ko bagirisha inama mu kinyegero.

Ivyiyumviro vyanyu

Amatora aregereje mutangure gutotezanya mwabonye Agathon uruwo kwamiza mukanywa ubu ntaco muzomuhenda be mwabaye gute hari haciye ka2 ko2010 Mwarempentanije bigakunda ubu naho mugira gute iyo buba bwumwe bwarikindi nta mu Fnl nta Mdd turibamwe

6.09.2016 à 20:29
ngusha

nimuj hamwe mwubake igihugu maze dutere imbere twogoror

28.08.2016 à 22:39
saleh

nitwiyambike agatambara twebwe nyene nayahandi ntaho turiko tuja !

28.08.2016 à 08:40
ozil smith

Ese Rwasa yabatumye kumuvugira ? Ubwo rero murashakira ibibazo aho bitari ngo Rwasa yigumure. Ese mugihe abantu biwe bicwa ari benshi mumyaka 5 ishize ko ari ntacyo mwavugaga ? Rwasa si Twagiramungu kuko we areba kure. Naho mwabanyamakuru mwe mubonye mujeri zanyu*sindumuja*zarashize nkifu yiminjira none muti Rwasa.

28.08.2016 à 08:31
kamanayo

Mbebashasha Rwasa mwibaza kwarumwana mwihisha politique ? Mwaramuhenze mumwaka wa 2010 yibaza nhonugufatikanya bisanzwe kumbe mwariba teshesha ntimuzomusubira .
Namba arabanwanyibiwe mukabamubagize nkaba Gervais Ruyfikiri, naba Niyombare, nabandi birirwa bariruka inyuma yabazungu ninyuma yakagame mushaka none agiriki ? Arareka ubutungane bukore ,nicokimwe na CNDD FDD bariya banwanyi bayo bagiye kwiruka inyuma yubufranga bwabazungu mugihe ubutungane buzobarengukisha CNDD FDD ntaco izovuga, abazokwambikwa izera ntaco DD izohindura abazokwagirwa nicaha nikwokukwo .
Nagomba kubibutsa ko muburundi ivyahabaye ntivyakozwe nabarundi bomumugambwe umwegusa vyakozwe nabanwanyi bomumigambwe nkayose. Mbemuraziko harihabantu bari aba FNL babonye Rwasa yemeye amajwi abarundi baribamuhaye baciye bamwanka uribuka ? Mbemurazi ko Rwasa kuvayemeye amajwi abenegihugu bamuhaye ko hariho nabataribamutoye ubu bamushigikiye cane kandi bakamwubaha ?
Sha abazungu barabonye kwabarundi boroshe kugumura koko murumva ayamafranga yabo bacisha mwikikinyamakuru ukuntu candika kineteza ngo abanwanyi ba FNL bokwa Rwasa ngobafashwe ! Ahorero sikindi barikobararondeza icobafasha kuvurunga uburundi kuko murabona kobataye umutwe batiki bagafata ikindi.

27.08.2016 à 23:10
Iragiryagahuturemy

Harimwo abantu bandika nkacamnona inkomoko yanzamvugo zababantu bomuri ONU yivyobavuga ahobabikura, hano iyonsomye incambona abandika babugango muburundi hari itsembatsemba kandubakurikiranyeneza usanga arabibereye hanze YU Burundi : mu Buniligi America, nahandi tutibagiwe abababanyi bacu bomurwanda bobo baratitiyerwose kandi bakiriko kuko uburundi bwihaye imya majana yoguhangana nuwowese ashaka kubwidundika kugatwe, umva bwariteguye bikwiye haba mumajambo, mumanza, nokumasasu nyakwubahwa Jacque Bigirimana harihaho aheruka kubaciragace guko atamurindi yiteguye kuzokwikorera inkoho ngwarahunze kiretse abarundi twese duheze.

27.08.2016 à 22:10
Kanyosha

Kiretse Fifi Wenyene Abandi Ivyobagirizwa Nivyo Bibagiye Innocent Wikigangabuko Inama Nogutegurira Abaterigihugu Barabirembeje

27.08.2016 à 19:01
Zarohadi

Ibiriko biraba n Itsembatsemba ry abatavuga rumwe n ubutegetsi

27.08.2016 à 16:39
jean

Ico umuntu ari niwe aciyumvamwo . Nta muntu numwe afise uburenganzira bwo kukimwaka . So, bobapfunga boreka ,inkingi ya mbere bo barazi ico ivuga.

27.08.2016 à 14:23
Gasongo

Abamenyeshamakuru b’igihe.bi muratwenza ntimuri ku gihe ! Iyo FNL ya Rwasa muyikura he. Iri mu mitwe yanyu gusa ! Mwibagiye ko Rwasa yitoje mu runani rw’abigenga amizero y’abarundi narwo rutakibaho ? Iyo umuntu akoze amakosa muca mwihutira kuraba umugambwe arimwo ? mbega muwumenya gute ko bitanditse mu ruhanga ?

27.08.2016 à 12:29
Nkundurwanda

FNL turri maso ntaco tuzoba,aba DD ntibaturusha kurasa

27.08.2016 à 11:40
FNL

Nibabarekure Babahora Ubusa.

27.08.2016 à 09:38
Niyomwungere Thérence

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.