Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon: Vyoba vyiza inzego zongerejwe ikiringo
Rwasa Agathon: Vyoba vyiza inzego zongerejwe ikiringo
mercredi 17 Ruheshi 2015
Rwasa Agathon arongoye urunani rw’Abigenga amizero y’Abarundi amenyesha ko vyoba vyiza inzego zihari zongererejwe ikiringo, kugira haboneke umwanya mwiza wo gutegura amatora meza.
Mu kiganiro n’iradiyo y’abanyamerika Voix d’Amerique, Rwasa Agathon yavuze ko amatora adashoboka kw’igenekerezo rya 29 Ruheshi nk’uko Reta na CENI babitegekanya.

Rwasa Agathon avuga ko Reta ibandanya kwica amatwi ku ngingo zisabwa n’amakungu. Amenyesha ko ikibazo nyamukuru atari ico kwitaba canke kutitaba amatora, ariko ko ari ingaruka z’imyifato nk’iyo.
Rwasa Agathon akavuga ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza,n’abo bari kumwe batagomba kwumva ikintu na kimwe kiza kinyuranije n’icipfuzo ciwe co kwitoza ku kiringo ca gatatu.
Umukuru w’urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi,amenyesha ko kugira amatora meza ashoboke,inzego zihari zokwongerezwa ikiringo ku kwezi kumwe canke abiri,ariko ivyo bikaba habaye inama n’ingingo.
Rwasa Agathon amenyesha ko adashobora kwitaba imyiyamamazo mu gihe bigoye gutandukanya abajejwe umutekano n’imbonerakure, abajejwe umutekano bakica abantu ntihagire ikivugwa, amaradiyo atavuga .Rwasa Agatho akibaza ayo matora yoba uko yoba ameze ata barorerezi mpuzamakungu bahari.
Mu mugambwe CNDD-FDD bavuga ko isango ry’amatora ari ntabanduka.Joseph Ntakarutimana icegera c’uwurongoye umugambwe ku rwego rw’igihugu avuga ko, ibindi vyose bashobora kubiganira n’abanyaporitike ariko ku kirangaminsi c’amatora nta kintu gishobora guhinduka.
Van Naris Mugisha
Messages
17 Ruheshi 2015, 09:55, par minani
Rwasabayii wikuyemumatora incurozibiri boriteke urikurasezera ronderera ubuzima ahandi
17 Ruheshi 2015, 10:21, par Melchiade
Rwasa Wewe Narakubwiye Umeze Nk,ikirirahabiri Umwany,umwe Kijiyi Kigahindukira Kikaja iyo Wewe 2005 Wararahiye Kamatora Ataba Ntiyabaye Uriko Urarasa Muntara Ya Bujumbura Nahandi. Wewe Vyakuburiye Kare Aho Watangura Guhunga Waronse Amajwi Meza Ubuho Ubona Katamutahe Ufise Utiny,imyiyamamazo Ko Bakubwiye Tor,abapolisi Wizeye Cankemubasoda Bose Ntabo Wizeye Emwe Muzohinyuka Nawa Mugore Wawe Mwashingiranwa Nditije Mugabo Urabe Neza Ko Wamushize Iburyo.
17 Ruheshi 2015, 10:26, par Délicia
muta urabeneza aba dd ntibabebakugaburiyamagiyibihuna.ngo inzego ziharizongerwikiringo?bwabundi uranezerwanintwaroyabo,igikenewe n’intwaro mfatakibanza kkobovyabananiye!yacomubembereza.
17 Ruheshi 2015, 10:28, par Délicia
muta urabeneza aba dd ntibabebakugaburiyamagiyibihuna.ngo inzego ziharizongerwikiringo?bwabundi uranezerwanintwaroyabo,igikenewe n’intwaro mfatakibanza kkobovyabananiye!yacomubembereza.
17 Ruheshi 2015, 10:35, par Manirakiza
Ivyo mutama avuze nivyo kubera abo bagabo bashaka gutwarira kumivyimba. Ariko imana y, mwijuruiirababona ntamatora ahari kuk nta maradio ahari! abobasuma ntitubashaka nibakinde biruka vuba.
17 Ruheshi 2015, 10:51, par gashema
uwo we numva yokwemera ibiganiro Kuri ca kibazo nyamukuru.
17 Ruheshi 2015, 11:03, par bima yes
mutama urabe neza ntibasubire kugutega umutego nguve mumatora kabisa
17 Ruheshi 2015, 11:19, par IHANURE
None Rwasa ko mbona kumukurikira mu kintu bigoye.2010 yararondeye ivyitwazo,ubu ariko yerekana ko atahantu na hamwe yokwiyamamariza ngo bikunde.uprona,fnl,ko biyamamaza ntamubiri bafise?canke ngira bobo nuko atamfatakibanza bari barishize mu mutwe?uno munsi bavuga ngo tubibona uku,ejo bakavuga ibindi.2010 yatakaje abanywanyi 25000.ubu azotakaza60000.umuntu
17 Ruheshi 2015, 11:27, par Emmanuel
Rwasa Wamaze Kubona Ko Ataco Atamajwi Woronka None Uronse Ugwitwazo?Poritike Irakuroka Kweri!! Naho Bobikwemerera Wozana Ibindi Kweri!! Ahubwo Niwihane Uje Muvy,imana.
17 Ruheshi 2015, 11:35, par Jean-Paul
Rwasa n’umunyagihugu nka bandi, arafise nawe uruhara muri poritike y’uburundi kandi murabona ko afise n’ivyiyumviro aterera. Uwudafise ico aterera nawe akanuma n’uyu Melchiadi yifatira mu gahanqa Rwasa nkuko umengo bafpa itongo. Namenye ko Rwasa afise abanwanyi biwe bamwizeye, mbega ninde yoburagizwa nka Rwasa kandi akaguma afise abanywanyi ? Abamuburagiza n’uko bamutinya .
17 Ruheshi 2015, 11:44, par nkurunziza
nibabongere ico kiringo kugira petero nkurunziza yitegure gutekera agende
17 Ruheshi 2015, 11:47, par Nshimirimana Oscar
Turasavye abanye politique bareke kudukinirako kuko twebwe twarabonye kahise ukwo kagenze uwushaka ko amatora asubira kwigizwa inyuma nuko bazi ico bateguye abanyagihugu twese turiteguriye kuja mumatora aho bukera kuwa 29 ahubwo turasavye reta ntirote idusubiza mukaga mukurenza ibiringo vyamatora
17 Ruheshi 2015, 11:47, par nivyo
none aho muvuga ivyo mutazi habaye transition FNL ya RWASA ihatora iki. Jacques aca asoroma kandi atabanwanyi afise. Burya bugambwe bwose bwa ba MUTABAZI buca budeya ubugambwe bwa pro Nkurunziza. Oya nihabe amatora vuba, bidadanuke. Reka gutuka Rwasa ngo nikijuju bado, ou bien ni habe transition nini sans Nkrurunziza hanyuma iyo gouvernement de transition itahukana impunzi zose, irekure abafunzwe bose na babashegwa iremenyanya rya coup d etat, abanyepolitique bose bahunze batahuke. nayo hoho ntakigenda abantu imiyima isubire hamwe. Mbega amatora abaye ubu vuba opposition yoyo izoba iharonse iki. opposition il ne faut pas ceder namwe ataco muronse. ok
17 Ruheshi 2015, 11:51, par MUHUZA
rwasa wewe ukaba ukomeye muburundi twese tuzoba dukomeye urworugugu gwumunwa usongoye wagihutucikijuju ahowoje tukikurako imisega yibitutsi nonebariko baraguhenda?nubu uracadagamba uhunga wakiguguwe.
17 Ruheshi 2015, 12:02, par Harerimana benjamin
Rwasa nagumane ubujuju bwiwe kuko ivyo gutinya amatora nivyo vyiwe yataye abanywanyi bamutoye 2010 arigira nubu abari bakimuyoboka ariko arabajuragiza. Mbega mbaze abamuyoboka, mwoba mubona mukurikira umuntu afise ubwenge? Nimwicare ahantu mwibaze kandi mwitonze murabe ico yobamarira musanga politique yiwe yarashaje, nimwimukire ahari abagabo b imigambi iteza imbere igihugu.
17 Ruheshi 2015, 12:06, par Sendegeya Simeon
Mutama Komer K’umuheto Ntitwahndutse Tukuri Inyuma
17 Ruheshi 2015, 12:10, par KURI
tititiiiii hihihihi yayayaya rwasa urantwengejebasi ivyaporotike vyakunaniye
17 Ruheshi 2015, 12:13, par Dily
Abarundi Turagoye Pe!
17 Ruheshi 2015, 12:20, par ndizeye jean paul
Rwasa ndabonako polithic yakunaniye utarevye neza ukava mukwaha kwabanditije uzokwama ukorera bo ndagushimirako watanguye kubona ko ba pacific bashaka intwaro fatakibanza tahura ufatinzira yomumatora nkabandi ibisuba nikubera kwiahinga muvugira kumaradio gusa mutuma abaja mumabarabara abandi bibereye kwigisha abanye politic bose bafise amahirwe yiyi mandat other wise generalio 90 igire yiyizire izane plan shasha ivyiyumviro vyirindwi 2 nicenda3 biveho
17 Ruheshi 2015, 12:28, par hdhdhddhh
RWASA UJA MU MATORA UTAJA MU MATORA NZOTORA WEWE,,,GUSA URAKERAKWIYAMAMAZA KUBERA UMUTEKANO SI IKIRENGA,,, BOHAVA BAGUCA MU RYAHUMYE
17 Ruheshi 2015, 12:35, par soso
Mutama rwasa avuga ukuri ntamatora ashoboka yuruhande rumwe agizwe namanyanga kandi cndd fdd itange uyundi mukandinda kko pita ntabirekuriwe namategeko kko ivyakora vyose nivyamanyanga gusa
17 Ruheshi 2015, 12:51, par yemwe
ariko murantwenza basi. None Rwasa atafise abanywanyi bafise ned. Abantu bafise abanywanyi ni 2 ni CNN_FDD ni na RWASA. Ni naco gituma ashaka amatora. Nta Jacques arusha abanywanyi Rwasa nta Conilie arusha abanywanyi Nditije aho lero bavukanyi murahihendera. Le vrai opposition ni amizero ya barundi aibo; Rwasa_ Nditije. Abandi bose bagomba transition ngo basorome aho batarimye . CNDD_FDD umu candidat wese izana iguma iri yambere. abakabiri ni Rwasa_ Nditije.. Ico ntazi ni kimwe none habaye transition erega na barya ba deputes ba uprona ntibasubira kuvugwa. Concilie ca azana abiwe. Kuko Rwasa Nditije ntabwo ari umugambwe aha lero ni naco gituma dushaka amatora ubu nyene canke vuba sinon Rwasa arahagwa. Abavuga nabo ngo nikijuju nimwe muri ibijuju. Kandi ntamugambwe numwe ndimwo ariko ijwi ryanje ni rya Rwasa_Nditinje. Abize nka beshi tuzotorera Rwasa _nditije. Hanyuma CNFF_FDD abo yirigwa ihendesha umuceri na masuka. Nuko nayo yaba atari umuceri na masuka birigwa Baha abanyagihugu, Rwasa Nditije bagishikira basi. Murakoze-.
17 Ruheshi 2015, 13:17, par CLAUDE
IGIKURU N’INAMA N’INGINGO IGIKURU NI UKWUMVIKANA MUMUTEKANO NTANGERE IGIKENYE SICO CUBAKA
17 Ruheshi 2015, 13:27, par Pascal
Agathon Rwasa nareke kubeshwa ngubwambere,ikirangamisi camatora kimaze gusubizwa icuro zingahe?nagende murubuga nkabandi nicondamuhanuye.
17 Ruheshi 2015, 13:29, par nyishu
Agatho rwasa bon idee vrema uratanz iciyumviro ciza can kuko bigij amatora inyuma kubwicuyimviro camakungu non ubona arico basavy gusa reka botorere umuti vyose hama amatora abe kuri bose kandi bitegevya
17 Ruheshi 2015, 13:52, par DIDIER KAGOMA
NIBRABE NEZA.
17 Ruheshi 2015, 14:18, par claire
Monsieur RWASA tu es fou ou normal? Mbe wewe ko umengo urafise abanywanyi kuki uguma ukwepa amatora? UZOHAVA USANGA URI WENYENE, urazi utaje mumatora ijwi ryanje nzoca ndiha aba DD bibe uko vyokabaye!!!!!! wewe mbona uriko udukinira inkinamico kandi twahora tukwemera.
17 Ruheshi 2015, 14:40, par NDUWIMANA
RWASA MBEGA KO SOCIETEV CIVILE IVUGA KO VIOLENCE MU MYIYREKANO YATANUYE UGIYEMWO....NIVYO?WEWE NTUGIRE UBWOBA KUKO ABAPORONA MWAGIYE HAMWE BARAGUHENZE.
REKA KWITWAZA IMBONERAKURE...MBEGA URAZI ABANYWANYI BAWE IVYO BAKOREYE IMBONERAKURE ZO MURI RURAL MU MISI IHEZE!!!! AHA WIBAZA KO TUTABIZI!
REKA RERO KUGIRA UBWOBA JA MU MATORA NTACO UZOBA.
MBEGA IYO COUP D’ETAT IBA NIVYO WARI GUSHIMA..!REKA GUHENDWA AHUBWO IYAMAMAZE NYAMBA UDASHAKA KUBA NKA MBERE CANKE UBIVEMWO.IYO NI MPANURO
17 Ruheshi 2015, 14:47, par Bokasa
Uwo mugabo rwasa niko yamye numwaka 2005 baramuhenze ariwe yari uwakabiri yarafise abanyuanyi benshi Aba prona baramuhenda ngo amatora bayivye acha arahesha nabo bara progressa baca baba abakabiri nubu ataravye neza irigara rizohava rimukatirako !!!
Jijuka uje mumatora nkabandi ntayindi nzira yoguhindura ubutegetsi ataramatora naho nimba wizigiye abazungu na Pacifique bazo guta mumanga usange wongeye kwinyegeza kubera abahanuzi babi nzi wari umumakizare wanguvu!!!!
17 Ruheshi 2015, 15:07, par kurunziza
rwasa urabe neza guko abagukunda nibeshi ntampavu ihari yogusivya amatora guko uzoba uriko urahomba cane
17 Ruheshi 2015, 15:12
NAHIMANA
17 Ruheshi 2015, 15:12
NAHIMANA
17 Ruheshi 2015, 15:35, par lambert
IVYO MUTAMA AGATHON YAVUZE NUKONYENE.URYA NUMUSHINGATAHEkandi bizogenda ukonyene.umengo arabirota.bameze cokimwe na leonce ngendakumana.Abavyeyi babibarutse bazokwame bibaruka nkuko
17 Ruheshi 2015, 15:40, par cyprien
Mutama rwasa avuze. Neza kuko abandi bavuga ngo bigize amatora iyuma kugira.habe itwaro nfatakibaza ariko rwasa avugako bokwongereza ikirungo cintwo ihari ubu urunva ico niciyunviro ciza cane ahubwo reta niyige icokibazo irabe ko vyoshoboka kuneza yigihugu cacu
17 Ruheshi 2015, 15:42, par Ndayizamba Laurent
Ibigiye Inama Bigira Imana Nibaganire Kuko Ijambo Ririca Canke Rigakiza
17 Ruheshi 2015, 16:08, par Mukizwa HARIMANA
Uwo Muzehe Rwasa arandyoheye. Kuva aho avavaniye n’amacakubiri asigaye avuga ivyubaka gusa. Muezehe, niwewe abarundi bahanze amaso. Ubirabire hafi, ntiwifatanye n’ababibonera kure.
17 Ruheshi 2015, 16:14, par Niyongabo chretien
Asha bigiye vyashuha.insazi yimiye kuruhome gwinzu iti birame mbone kandi agasozi kintahanugwa kahiye abagabo babona.
17 Ruheshi 2015, 16:25, par Ndayizamba Laurent
Nagomba Ndaguhanure ,Uzuvuge Wiyumviriye Kwita Agaton Rwasa Ikijuju Nuko Utazi Ico Ari,mbegako Munebagura Imigambi Yiwe Muzoshika Kuvyo Yakoze?Icomwomenya Nuku Hatabaye Ubusuma Itsinzi Niya Rwasa Gabanya Amajambo Mureke Kumenja Kunzoga Muhabwa Mugumane Akaranga Kigihugu Cacu
17 Ruheshi 2015, 16:52, par SABUSHIMIKE JAFET
ABADANSHAKA KAMATORABA KOYOKWIGIZWA IMBERE NOBITA KARABANSI BIGIHUGU NABARUNDI KUKO UBUYOBA IZINGORANE ZOHERA ABAVUGANGO PEREZIDA NGO NTIYITOZE IMANA YAMUSIZEHO NIYIZOMUKURAKO NTIMUSUBIRE GUTURURIMI
17 Ruheshi 2015, 16:55, par SABUSHIMIKE JAFET
ABADANSHAKA KAMATORABA KOYOKWIGIZWA IMBERE NOBITA KARABANSI BIGIHUGU NABARUNDI KUKO UBUYOBA IZINGORANE ZOHERA ABAVUGANGO PEREZIDA NGO NTIYITOZE IMANA YAMUSIZEHO NIYIZOMUKURAKO NTIMUSUBIRE GUTURURIMI
17 Ruheshi 2015, 17:21, par burundi kamikamuntu
nukuri nukuri ibigiye inama bigira imana. banyepolitike emera mwicarane mutegure neza amatora aba dd mureke kwikwegera ko. ahandiho muzobibazwa tot ou tard mwibukeko amafaranga arenga ibice mirongitanu kwijana dukoresha ava hanze.
17 Ruheshi 2015, 18:18, par Kirama
Mbegasha Waragize Amatohoza Hanyuma Urabonako Gwasa Atabanywanyi Afise buvugamakesha Icutazi Ubaze>>
17 Ruheshi 2015, 18:40, par kigongwe
Ivyago vyose turiko tugira tubiterwa nabantu bahevye gusenga bita muvyo Imana itageze.
17 Ruheshi 2015, 19:24, par AUGUSTIN
NIMBA MUTITEGUYE TWEBWETWARITEGUYE AMATORANINTAGISIVYA.MUTINYA GUTSINDWA?
17 Ruheshi 2015, 19:40, par Dukuze
Iciyumviro c uwo mushingantahe kiratomoye kuko ntamatora ashoboka ata maradiyo avuga,atamwidegemvyo kuba nyepolitique batavuga rumwe na leta,agateka kazina muntu katariko karubahirizwa,n ibindi.umuti rero suwundi nuko abo vyega mubanyepolitique bokwicara,bagategura amatora meza adakumira kandi atangorane biteye.arik igitangaje nuko cndd fdd itifuza kwumva ibiganiro bijanye nitunganya ry amator adakumira aho rero ducatwibaza ico igamije bafadikanije numugwi ceni.
17 Ruheshi 2015, 19:43, par Claude
Nukuri Ntarira Busema Ni Baj Hamw Bongerez Ikiringo Hama Baz Bategure Amatora Meza Kand N’amaradiyo Yigenga Akore
17 Ruheshi 2015, 19:47, par Jeraumé
Jendatanga.none.amatorabazoyigizimbere.gushikaryari?mbere.bimajekuturambira.nimba.pollique.yananiy.abize.nimugih.basi.abatize.kuko gutwara.samashure.gusa.nugutunganiriza.abarundigusa.mbe.rwasa.igihe.umutambukanyi waw.bamuhusha yaramavuta.bagirebamusige.canke.bagombako.avaho.nimureke.basi.imana.yikorere.ivyayo nayabanababantu.vyatwankiye.ntacasunvya farao.muri egiputa kubisirayeri
17 Ruheshi 2015, 19:47, par fiston
nukuri jewe nibazako cndd fdd itagomba ibiganiro kuko biyunvira ko aribo jambo ryanyuma ikibazo cimbonera kure naco nuko bitashoboka kobabaka ivyobirwanisho kuko aribo babitanze,non bobikurayo icobabitangiye kitaraba?
17 Ruheshi 2015, 19:48, par Jeraumé
Jendatanga.none.amatorabazoyigizimbere.gushikaryari?mbere.bimajekuturambira.nimba.pollique.yananiy.abize.nimugih.basi.abatize.kuko gutwara.samashure.gusa.nugutunganiriza.abarundigusa.mbe.rwasa.igihe.umutambukanyi waw.bamuhusha yaramavuta.bagirebamusige.canke.bagombako.avaho.nimureke.basi.imana.yikorere.ivyayo nayabanababantu.vyatwankiye.ntacasunvya farao.muri egiputa kubisirayeri
17 Ruheshi 2015, 19:49, par Jeraumé
Jendatanga.none.amatorabazoyigizimbere.gushikaryari?mbere.bimajekuturambira.nimba.pollique.yananiy.abize.nimugih.basi.abatize.kuko gutwara.samashure.gusa.nugutunganiriza.abarundigusa.mbe.rwasa.igihe.umutambukanyi waw.bamuhusha yaramavuta.bagirebamusige.canke.bagombako.avaho.nimureke.basi.imana.yikorere.ivyayo nayabanababantu.vyatwankiye.ntacasunvya farao.muri egiputa kubisirayeri
17 Ruheshi 2015, 19:51, par Jeraumé
Jendatanga.none.amatorabazoyigizimbere.gushikaryari?mbere.bimajekuturambira.nimba.pollique.yananiy.abize.nimugih.basi.abatize.kuko gutwara.samashure.gusa.nugutunganiriza.abarundigusa.mbe.rwasa.igihe.umutambukanyi waw.bamuhusha yaramavuta.bagirebamusige.canke.bagombako.avaho.nimureke.basi.imana.yikorere.ivyayo nayabanababantu.vyatwankiye.ntacasunvya farao.muri egiputa kubisirayeri
17 Ruheshi 2015, 20:27, par MUGISHA
ereganyakubahwa muzehe agathogwasa ninararibonye.yatotezwnabatusti.nabahuturabaivyobamukoze nkumutambukanyiwiwenimanayakinze.vyarivyaheze,kurivyontawundiashoboyeuburundi.nuwatotezwe.kabirintiyobikorerebandi
17 Ruheshi 2015, 20:48, par DONATIEN
KUNGOMA Y’UMUNTU,YAVUYEMWISHAMBA!!! NTIMWITEGE AMAHO IKIBAYE MWISHAMBA GIHINDUKA INYAMASWA[KUNGOMA Y’IMANA VYOSE BIZOHINDUKA.]
17 Ruheshi 2015, 21:08, par RENOVAT NYAKUG GETO
UNE,BOUCHE DEMOINS AUGMENTE .URAYAREKA NAKARE WODUSANZARIJE AMAJWI..UKENEYE KO INZEGO ZONGEZWA IKIRINGO.KUBER IKI?REKA BUCE TUKUMARAMAZE MWISANDUGU.AMEZI ABIRI WONGEWE ARAKWIYE.BIKUNANIYE SABA IMBABAZI YAKOBO BIGIRIMANA.ABANA B ICANGAZI BAMER UKWO.URUWO KUGASAKA UGAHEMUKA ????
17 Ruheshi 2015, 21:12, par Jackson
Rwasa Uraraba Neza Ntube Uriko Urahenda Abantu Kuk Mbona Atakintu Co Gushimisha Cotuma Uja Mumatora Ahubwo Tegura Nez Ayakurikira Kuko Umugani Wawe Nturitegura.
17 Ruheshi 2015, 21:17, par Girukwishaka Vincent
None Hoho Kwabotoye Bahunze Igihugu Bitumwe N’umutekano Muke Mugihugu,nyamutekano Waragarutse,hoho Bazotorera Mubuhungiro? Je Ndabona Igikuru Samatora Ahubwo Gikuru Namahoro,hoho Amatora Tuzoyumvira Hehe Kwama Radio Yahiye? Radio Imwe Mugihugu Izobishobora !Nzoba Mbona.
17 Ruheshi 2015, 21:26, par Jeans.
dababwirukuri Imana Irakunda Uburundi Nubwo Abadutwara Batayumvira Harya Inyota Idahere Kumugezi Abarindogano Ivyatakoze Muriyimyaka Cumi Iheze Hoho Kuriyitanu Yabaye Ndanse Niho Azogikora?Nareke Ibiyasho .Nayo Amatora Kuba Subu Akajede Bakoresheje 2010 Twabahinyuye Nibateshwe Bate Kananira Bagabo Ntiyimye.Amaraso Yabarundi Imana Uwizoyaharuraka Iramuzi Kimwe Twubahimana Kandi Ntankeka Imana Izotwenza Abarundi Namakungu Tuyigamburukire Gusa Ibisigaye Nivyayo
17 Ruheshi 2015, 21:26, par clever
Mutama Rwasa Abo batipe ntibaguhende ngo nikiringo cagatatu bariko baranka ca petero nkurunziza .twaratoye ico bashaka bagomba Empire Hima muri sous- Legion yarabibankiye nico bamuhora. peter Jinyika .
17 Ruheshi 2015, 21:28, par Ezechiel Kayanza
Tekana,amatora Ategerezw Nta Transition Dukeneye.Imikenyuro Irahari Les Opposa Bafite Imitwe Kwamator Atabay Kwitarik 29/6 Ari Ngombwa Transition.Rer Naje Mumatora Canke Arek Abagenda Twigire.
17 Ruheshi 2015, 21:51, par levis
amatora meza niyontango
yiterambere muburundi
vyobavyiza abanyeporitike
bagiyehamwe bakunvikana
bakategura amatora meza.
atagira ubusuma
imana ibahezagire.
17 Ruheshi 2015, 22:53, par Machard Irakoze
Mwese muri henda,Imana ico yimirije gutegura nti mubibona ko Satani yabagosoye mwese abagira ibiyinge,ntimubona ko Imana ishaka gushitsa isezerano ryayo? Ehe murapfuye mwese kukutumvira ivy’imana yasezeraniye ihanga ry’abarundi? Enda ni mwihane mureke ayo mahane Imana muyireke yikorere ivy’ayo. Ok
17 Ruheshi 2015, 23:00, par Machard Irakoze
Mwese muri henda,Imana ico yimirije gutegura nti mubibona ko Satani yabagosoye mwese abagira ibiyinge,ntimubona ko Imana ishaka gushitsa isezerano ryayo? Ehe murapfuye mwese kukutumvira ivy’imana yasezeraniye ihanga ry’abarundi? Enda ni mwihane mureke ayo mahane Imana muyireke yikorere ivy’ayo. Ok
18 Ruheshi 2015, 01:23, par Bikorimana janett
Wewe uvuga ngo nkurunziza yahawe ubutegetsi ni mana ahubwo wewe urumusazi mumutwe ntukomeye!!!! Iyo umbwira ko yahawe nasatani narikugutahura!! Ubwo bwicanyi ariko arakora mugihugu be nugucanishamwo abarundi ubona asa numuntu asenga imana!! Ikinezera nuko ivyo ariko arakora azovyishura kbs!! Nkurunziza ntasuvya inguvu kadafi. Ariko american yaramwishe kandi ataco azira. Na nkurunziza ntiyihebure american iramubona.nkurunziza yarakwiye guturirigwa kwipine abona kugirango nabandi bakuru bibihugu bomuri african babonereho akarorero!!! Kuko izingorane ziri muri african gusa. Jewe ndababaze mwa bakuru bibihugu vya african? Nti mumaramara kubona ibihe vyose ibihugu vya buraya vyama biriko bira bacira imanza!!! Abo bamushigikiye nkurunziza nibabandi bagenda barakombo amavyi yiwe bayarya!!! Ariko igihe kirihafi mwese muhanwe na makungu.
18 Ruheshi 2015, 03:06, par Hutsi
Wewe Rwasa c’ubwenge, buryajewe nubw’akahise gatuma bamwe nabandi bavuga ko abatutsi turibabi jewe nobabwirako nishimira ko ubu hariho abatutsi twemeye twemeyevyukuri bivuye kumutima kotugiye kubana nayandimokoyose yabarundi, arinacogituma tudatinya kuvugako hakiriho abatutsi bagumanye kagatima kokwanka nogushaka kugiriranabi nogukengera ayandi moko. Ariko rero nubwobirukwo hariho abahutu bamwe mubifisemwo uruhara, eheraba abobatutsi bifashisha mwebwe kugira ijwiryabo ryumvikaneneza mumakungu nkubu uvuzeko hobaho intwaro mfatakibanza ubushigikiye babatutsi bashaka ko uburundivyasebikunze buguma munduru bamaze kwuzurwamwo nagakengere bisha democratie ifutwa. Ibindabivuze kubera iyotwebwe abatutsi dushatsekwishirahejuru hanyuma tugashigikirwa nibihugu vyarutura bisanzwe vyariyemeje gushigikira vyasebikunze banyamuke nubwo bizushikanye ahantu twashaka dukunze kutakaza abacu beshi nivyacu nicogituma ntashaka kwishimirako twebwe banyamuke dushigikiwe nibihugu vyibihangange, ahubwonkabonako nokwishimirako dushigikiranye namoko yose yomugihugu cacu cu Burundi.Uvuze rero ngobongere ikiringo reta ihari nuguhanagura democratie bifatanye nokwaka ijambo abenegihugu, namba abenegihugu bacuveko batoye inzego mumwaka 2010 bakavugako zizorangirana numwaka 2015 mukwezi 8 wewe uzakubakijambo ngushireho imfatakibanza canke ngowongere igihecogutwara inzego ikiriingo cazo carangiye ubona atarugutera kudeta abenegihugu canke kubaka ijambo?
UMUNTUWESE AZOSHAKA KUMENYA UMURUNDI CANKE UMUNYAMAHANGA ASHAKAKO ABARUNDI BAJAMUKAGA MUZOMUMENYERA MURIBIBINTU BIBIRI NGOMBANDABABWIRE: 1 INTWARO MFATAKIBANZA, 2 KWONGERERA IKIRINGO RETA IHARI COKUGUMA KUBUTEGETSI BIDACIYE MUMATORA YABANYAGIHUGU. ( NUGUTERA KUDETA ABENEGIHUGU KUBAKA IJAMBO.
18 Ruheshi 2015, 05:15, par Zabulon
Uwo muntu wese avuga ng’amatora ntashoboka N’UWUTAYASHAKA,kko biragaragara neza.
18 Ruheshi 2015, 06:14, par fidelité
En fait Rwasa sinziko hari uwurabona agakino kiwe,muzompinyuza yasanze ata banywanyi agifise jacques yarabamutwaye,nico gituma muri langage yiwe wumva akaguru kamwe kari mu matora akandi katayarimwo.Aho bamwongereye ibiringo ntaraheza propagande?Mbega umuntu agira du porte à porte mwumva iyo myiyamamazo azoyiheza ryari,nta mwanya dufise wo kumurindira,ntabeshe ngo imbonerakure nizo zimubuza,ahubwo bamwe yatuma ku musaga gufasha abatutsi kwica polisi nibabe aribo basakwa nyabuna ivyo bigugu bishaka kudusubiza mw’ihumbi.Iyo coalition Rwasa yakoze yatumye abanywanyi bakanya,nabeshe neza nta kiringo co kwiyamamaza yabuze!
18 Ruheshi 2015, 09:04, par aron
nibategure amatora ahuriweko nabose mwituze bose babahe uburenganzira bwo kwiyamamaza turabe abobavuga ngo ntabamwanyi agira bazotangare nibareke amanyanga
18 Ruheshi 2015, 10:32, par Amissi
hak amatora aba munyuma hakaba ingorane yopfuma yigizw imbere gato agategugwa neza,uburundi bukagira amahoro aramba,kandi abo vyega bose icaye hamwe bakabiganira vyoshoka,kubera Uburundi N Ubwatwese,nakare ibigiye inama bigir Imana!
18 Ruheshi 2015, 14:51, par SI BO MA NA THEOGENE
Sibomana theogene.ati none rwa sa ko ana ni we no ku hi ga nwa nanku ru nzi za nare ke . Nku ru nzi za yi to ze . Ko vya se ko ba hi ga nwa na we ari be nshi . Ngo tu hi te mwo uwo du to ra nu ku vu ga ko ba bo ny e ko nk u nzi za a kwi ye gu twa ra i ki ri ngo ca ga ta tu
18 Ruheshi 2015, 19:22, par haringanji kabura
gwasa agato hamwenabobasangiye ivyiyuro nibarekekwitezutunyoni intumberobashakaturayumva kobagumabashakakwunguruza amatora bashaka ukwezikwumunanikuzekugere tutararonka inzegotwitoreye?kandituzinezako izahahorazibazangijeikiringo habahagezwekozongegwa cankehakajazishasha jewe iconovuga kobavugako abarundibenshi batemera mandayagatatu nibajekurubuga abobarundi nabarundikazi bacurubanza.perezidankurunziza kwafisebake ntazotsinda.kucitwazocamasezeranoy arusha bazoheza biturubutungane iyoburibarahazi.arikobavemurisokweniruze.
18 Ruheshi 2015, 19:27, par Richard karim
je nibaza ko petero nkurunziza ariwe aganza isi!! Nimba atarukwo kuki yigira igihangange akarenga amategeko
18 Ruheshi 2015, 21:21, par bigirindavyi deo
MANA UHORAHO URI MWIJURU ndagusavye kutaba ikitazi ndagusavye kuba umunyabwe murikino gihe.umpe gutandukanya ivyawe nivya satani.mbona amacakubiri yamoko ariyo ashizwe imbere.ariko ngo aragowe uwuzana ikigeragezo.uhoraho harira abakiri muvyamoko.ntabwo nokwirengagiza imburi zawe nazibonye kenshi ndazumva kenshi ndazisoma kenshi.ico nsavye umpe uburinzi unyambike inkomezi.ico wasezeranye kuburundi gishike nkuko ucipfuza.
18 Ruheshi 2015, 23:17, par haringanji kabura
jewendatangazwanabavuga ngwimbonerakurezifisibigwanisho ibigwanishobifisebeshi kandinuwobaagifisemumaonerakure ntiyagihawenareta kuko nomu mwakawa2000 babamwebaribabifise kandi imbonerakurezitaribwabeho!! abatavurumwenareta baratuma abanywanyibabo kwica abantubapfaimvozitandukanye bagacabavyegeka kumbonerakure abarunditurakwiyekumenyakobaduhenda! abobosebakoruko bashakintamba nataciye murumerwubusubwanumusekenkanya mumwaka1994abobahenda ntimuziniyobari ububibereyemumahotelnamwemurikomurasekamaraso cankemuyasesabenemana muramenyako umushumbyatanzeshebujagupfa.nimuzetuvugemwaramutsemaria 10!!igtondoumugoroba imanikorivyayo!#
19 Ruheshi 2015, 00:56, par enock nduwanyo
Amatora ategerezwa kwigizwa ikiringo camezi 4. Kugira ingorane ziri muburundi bazivugane zihera ica 1 petero nkurunziza ave kubutegeci agomba kwiha kunguvu kandi amakungu agerageze kumukura vyanka vyakunda kuko ububasha arabufise amakungu
19 Ruheshi 2015, 11:59, par fabien@gmail.com
Mutama Hangama Gusa Jamumatora Maz Dukubitinjavyi Abo Ntaco Bamaz
19 Ruheshi 2015, 12:16, par kezakimana
ARIKO KAYEMWE RWASA AGUMA AJEBAJEBA TRASITION NTISHOBOKA KUKO VYOHAVA BISUBIZA UBURUNDI INYUMA .JEWE ICO NOMUHANURA NUKO YOREKA GUHENDWA NABA PACIFIQUE . EWE RWASA SHA UGOMBA GUTWARA IGIHUGU UTAGIRA UBWENGE UBWO NTIWIBUKA INGENE WA HENZWE MURI 2O10 ?
19 Ruheshi 2015, 20:35, par BIZIMANA Alexandre
mutama RWASA ntakwatagira,nuko abwira intumva.komera,ubugabo burihabwa.gusa,uje mumatora tukwemeze.turinyuma yawe.ubugabo burihabwa!
20 Ruheshi 2015, 04:49, par Frank kinama
jewe ndazi nezako abarundi baciyubwenge kandi ko bakunda igihugu cabibarutse simbonako vyorinda biyangara babona icifuzo canje nuko boja hamwe bagategura amatora meza adakumira hama uwo imana yateguriye ico kibanza agatogwa mumahoro hama akaturongora mumutekano ntakindi abanyagihugu twifuza atarico
20 Ruheshi 2015, 05:19, par Frank kinama
jewe ndazi nezako abarundi baciyubwenge kandi ko bakunda igihugu cabibarutse simbonako vyorinda biyangara babona icifuzo canje nuko boja hamwe bagategura amatora meza adakumira hama uwo imana yateguriye ico kibanza agatogwa mumahoro hama akaturongora mumutekano ntakindi abanyagihugu twifuza atarico
20 Ruheshi 2015, 11:02, par KENG
NONE MWEBWE KARATSIYE INGANI NTIMUHANUGWE NIMUTESWE,MUTE,IGIHUGU CABANANIYE MUGOMBA KUDUSUBIZA MUNTAMBARA,HANUGWA,WUMVE,NKURUNZIZA,SIGWAWE NICI MANA WEWE TESWA UTE,UHUNGE,DUSIGARE MUMAHORO%
20 Ruheshi 2015, 17:03, par PIERRE NININAHAZWE
IVYO AGATHON RWASA YAVUZE NIVYO CAN.NIBABONGER IKIRINGO KUGIRA NTIBASUBIRE KWIYUMVIRA TRANSITION.TORTURE BAFIS KUBO BATAVUGARUMW BATINYA GUTSINDWA.BIHENDERA UBUSA"TOUS COULENT,TOUS CHANGENT RIEN NE DEMEURE"DISAIT PLATEAU.NDI PIERRE NININAHAZWE 2nd LM LYCEE KINYOVU.
20 Ruheshi 2015, 22:16, par Eric
Ninoma kabisa
21 Ruheshi 2015, 08:24, par vincent
Barundi bavandimwe muve mubyo murimo musenge Imana niyo gisubizo cyanyu niyo izi bibazo byanyu nta gakiza kazava mu makungu:musome yesaya5:1_29 ubundi murusheho kwegera Imana muyitegereze izabasubiza vuba
21 Ruheshi 2015, 15:33, par nsaguye
izombonerakurenibazicenazozica abandi
21 Ruheshi 2015, 21:01, par abrouham
jewe.icombonanuko.amatoraboyigiza.inyumakugiranimigambeyindi.ironke.ukwoyiyamamaza
21 Ruheshi 2015, 21:13, par isaac
uwonawe.avugangontagishoboragurindukajewenibazakoyihenze.ikindahindukanibibliyanayivyovyohinduka
21 Ruheshi 2015, 21:38, par ELIAS HAKIZIMANA
Petero nkurunzi yari akwiye kumva akamo ko kwigiza amatora inyuma akabanza agategurwa neza,akaraba inyungu y’abene gihugu n’igihugu.Akarindira n’amakungu akemera kudufasha kurorera no gucungera amatora kuko atawogira urubanza ngo arushobore n’umuryango wiwe,narindire rero amakungu adufashe kuko amatora si ikintu gito igihugu cokwifasha.Imana irabibona.
23 Ruheshi 2015, 11:16, par nzisabira
mutama wanj wavuga neza nuko umbwira intumva maze kurota yatuyoboye kndi urakwije ivyangobwa
24 Ruheshi 2015, 21:56, par REVERIEN SINGE
IL YA UNPROVEBE QUI DIT QUE "LA FIN JUSTIFIE LES MOYENS" NYOMBA CNDD FDD YARATANGUYE IBIGANIRO ICIZANUKO BOYIHEBA? BAMENYEKO UBURUN ATARI IZINGA BURI KW ISI’
25 Ruheshi 2015, 05:14, par augustin
ntabwenge afise rwara nibwa
25 Ruheshi 2015, 05:18, par augustin
ntabwenge afise rwasa twaramumenye ntamugambi numwe afise nuwo gutera urwamwo gusa
22 Gitugutu 2015, 06:31, par Bizoza
Jewe Ndipfuza Kwamatora Yogemda Nez