Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon yagiriza umurwi CENI kugira indimi zibiri
Rwasa Agathon yagiriza umurwi CENI kugira indimi zibiri
mercredi 1er Mukakaro 2015
Rwasa Agathon arongoye urunani rw’abigenga amizero y’abarundi amenyesha ko abatoye urunani arongoye ari,abanywanyi b’umugambwe CNDD-FDD ,hamwe n’abanywanyi biwe batewe ubwoba n’abapolisi hamwe na bamwe mu banywanyi b’umugambwe CNDD-FDD.
Rwasa Agathon avuga ko mu ntara zitandukanye z’igihugu ,nka Ngozi,Karusi,Ruyigi no mu gihugu cose,abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD bafise uko babigenza kugira bajane abantu gutora ku nguvu.

Umukuru w’urunani rw’abigenga amizero y’abarundi amenyesha ko amajwi bavuga ko bafise ari,ukurondera kugonderako kugira amatora yemerwe n’amakungu,yamye ayiyamiriza kuva kera.
Rwasa Agathon yagiriza umurwi utegura amatora CENI kugira indimi zibiri kuko wagiye urahindura imvugo ku bijanye n’iyitaba mu matora ry’urunani rw’abigenga amizero y’abarundi,aho watanguye uvuga ko urunani rw’abigenga amizero y’abarundi rutati mu matora hanyuma ukivuguruza uvuga ko ruri mu matora.
Umukuru w’urunani rw’abigenga amizero y’abarundi,akamenyesha ko ari uburyo batoye bwo guhenda amakungu ko,amatora yitabwe na bose kandi atari vyo.
Messages
1er Mukakaro 2015, 14:01, par MBONI
KWIJAMBO.UVUZE NTUTAHETUTABONANYE WABITOYE.MUTA.
1er Mukakaro 2015, 14:04, par Ndayiserges
Lamba mutama Rwasa vyanka vyakunda tukurinyuma imana ibandanye kuguhezagira
1er Mukakaro 2015, 14:05, par None?
Rwasa, urakwiyekumenyako CENI yavuzeko mutarinwo kukonwebwe bategetsi burworunani arikomwarimwavuze, ariko munyumabazakubona Ko abanwanyibanyu babatoye baraheza bavugako abanwanyibanyu batoye urunani rwanyu.
1er Mukakaro 2015, 14:33, par kelly
rwasa politike yamunaniy mb muriz ntara avuga ko abanyagihugu ngo kuja mu mator ngo babatwara kunguvu yarabibony araraba neza nyina yaramuheney guk ntakungen aba uwa2 agac ava mumator karuko abanywanyi biw bazovamwo bamuva inyuma ntagkwirikira bwij nn rwas yamir mwi shati imw cank baramubesher uw ari kwi foto siw
1er Mukakaro 2015, 14:57, par Umufana Wa Rwasa Nahonzobumwe
Niwirambire Mutama Rwasa Urumugabo Pe!
1er Mukakaro 2015, 15:00, par rwasa ntwari
sha muvyemere mureke amatora yarabaye kandi ibice birenga70 vyaritavye amatora.none murimake tuvugane tutabeshana ubwo rwasa arimukuri?canke we yoba ashakira ineza abanyagihugu?twovyemezwa niki konanyene atari nka bandi baturaza twicaye?
1er Mukakaro 2015, 15:14, par Sikonabisanze
Mze rwasa turagukund kand tur inyuma yaw ah hont aharabir nez kuk ntayind ntumber bafis ab bayobok ba nkurumb faraon!!! Kuk baguh amajw kand utarimw barikuronder ukunt basamaz amakung!! Uharabire neza mze
1er Mukakaro 2015, 15:15, par JEAN
BABWIRE MUTAMA WW UBWENGE BAGIRA UBAWABUNYE KERA IVYO NIBISUMA IYATEGUGWA NEZA NDAZIKO AWAGUCIMBERE ARIKO MUNGU YUPO
1er Mukakaro 2015, 15:27, par ITANGISHAKA ELYSE
Jewe numva intebe yaronse azase nazimpe ndazitorere kuko yoba ari bahe biyake nkuko yatugize 2010
1er Mukakaro 2015, 16:34, par RAFIKI
wwe president komera kumuheto twarakwemey kutitaba amatora yamanyanga
1er Mukakaro 2015, 17:27, par masabo
Ewe rwasa umengo usigaye uri umukinyi wa ninde usigaye uvuga menshi cane
1er Mukakaro 2015, 17:30, par Amorse
Jewe Mbonako Umenga Yoba Adekonye None Ko Yanse Amajwi Yaronse Ayanke jewe Nca Mpfa
1er Mukakaro 2015, 18:39
non bemez ko habaye amatora gute abeshi tutagiye gutora.
1er Mukakaro 2015, 19:08, par NGENDA
ICONIKINYOMA CAMBAYE UBUSA GKO NKOMUNTARA YA RUYIGI IVYOBINTU NTIVYIGEZE BIBA,ICOTWABONYE ISINZI RYABANTU BAZINDUKIYE GUTORA MUMAHORO N’UMUTEKANO NTATERABWOBA RYIGEZE RIHABA. UHUBWO IYOPOLITIQUE BARIKO BAKANA N’ABANYWANYI BABO BAZOHAVA BABAVAKO GKO NIYOBABIZEYE NGO BABASERUKIRE BAVYANKA! NONE BIPFUZA IKI? GUSA ICONZI IKINYOMA NTIKIZIGERA GITSINDA UKURI .UMUNTU WESE AZITWAZA IBINYOMA MURI POLITIQUE NTACO AZOSHIKAKO NDAMURAHIYE. NONE SHETANI IRATSINDA IMANA? NINDE YOVYEMEZA!
1er Mukakaro 2015, 19:10, par ####
sha Mutama, urafise umukoshi kabisa,ubone ngo nubu abanywanyi bawe bajuragirike kandi uhari uri umuntu w’ijambo! ubu ntutahurako hari abaguhenda bagakoresha izina ryawe kugira baronke inguvu. raba neza mutama.
1er Mukakaro 2015, 19:59, par KIRENGE
MBE RWASA URAKENYE
UPRONA IGUME
IGUHENDA?KUMBURA UTWARE
UTWO;AHANDIHO BA BUZIRE
NDABWIRIRE BARUZUYE.
UBU WE NDABONA KO VYAKWA
NKIYE PEE!!!
1er Mukakaro 2015, 20:24, par DN940
Erega ntakundi barikugira kuko batamvye birorera ariko uwo mukenyuro twawubonye kera ariko baribesha.
1er Mukakaro 2015, 20:41, par Ntwari Jean
Irambire Mutama Rwasa Izo Ntumva Na Zo Zibe Ziradedemba Ngo Amatora Yarabaye!Abarundi Isinzi Tukuri Inyuma,kuko Utari Umunyamacakubiri Nkabo Ba Dd
1er Mukakaro 2015, 20:44, par DEVIDI
NTAMUNTU NUMWE YATAWE UBWOBA KUGIRA TUMUTORE UNO MWAKA AKANKA KUJA MURI RETA TUZOCA TUMUVAKO KUKO AZOBA ADUHEMUKIYE .
1er Mukakaro 2015, 20:56, par fabien ntahomvukiye
Manamana Gusa Politique Muburundi Ntishobora
1er Mukakaro 2015, 21:24, par Ferdinand
Namba Harabaye Indimi 2 Kuki Atari Yariyumviriye Kutivuguruza Ubwa1agashima Gusubira Kubivamwo Hageze Mwibaza Ko Amatora Azosubirwamwo Canke?Reka Nayandi Tuyajemwo Mbe Barya Barimwo Kandi Bemeye Nibijuju Ntawuzi Gutwara Igihugu Arimwo?Ivyokurya Atarivyawe Udodora Babimaze!Ihangane
1er Mukakaro 2015, 21:55, par Bimana
Ewe banyepolitique bacu murtwengje!bagtore ubihkane naho yoba arabadd umntu atator’uwashka?murke kujragiza abanygihugu.
1er Mukakaro 2015, 22:26, par Firmin
Nishureicokigwarudubingenda!Mbewaruzikonimbautatoyekoutarumurundi?Nukuzobarungikamugihugucimpunzimurwanda!Gukontamurundiyumvakoarumurundiatatoye.
1er Mukakaro 2015, 22:31, par VYIZIGIRO JACQUES
JEWEKUBIJANYENIYONKURUNUMVAYUKOMWOKUMVIRIZANEZA,UWOMUKURUYURWORUNANIYUKO,IVYOYAVUZEKARUKURIHAMAMUKAMWUMVIRIZA.
1er Mukakaro 2015, 22:57, par Nkunzumwami aimable
Mutama mukomere cane ivy’aba dd turabizi batay umutwe non ngo bashaka muteg amashi twebw zaratwomoy zifadikanij n’igipolice kandi abenshi naho batew ubwoba abandi bagapfungwa abandi bagakubitwa n’imbonerakure ntibagiy gutora,akarorera umutumba mutambara bapfungiy rimw indongozi 16.
2 Mukakaro 2015, 00:27, par Methode
Komera mutama wacu niwe duhanze amaso naho abandi nikudusiga mugorane,kubera bo atakibagoye.kandi nko mubice vya Makamba hari abatoye kunguvu mwijoro barariye igiti c’imbonerakure.ahubwo tubasabe mumatora akurikira muzokwiyamamaze kandi vyotunezera.
2 Mukakaro 2015, 04:34, par AUGUSTIN
NONEMURIDEMOKARASI SIGUSHIRA AHOBENSHIBASHIZE.NIBEMEREKUKO ABANTUBATATUNTIBOKWANKA IVYABANTU INDWIBAKOZE.
2 Mukakaro 2015, 08:11, par cumacindubaruba
ico nico ciza co gutora mwibanga, kandi rwasa bigiye kumugora kuko abarundi bama bamwizera nawe akabagwiza nubusa, nkubu iyataba yarakuyeyo dossier y’ubuprésida ndaziko yari kuvyemera kuko biraboneka neza ko abarundi bari bamwizeyeko ikintu kinini gusumba, birabonekako kwikura mumatora hari abanywanyi babo batavyakiriye neza bahitamwo kubahunda amajwi kugira babereke akababaro kabo, nayo ahavugango yatowe naba DD na RNAC, MSD na Frdebu zatowe nabaDD, birababaje kubona ugira erreur utaziko mu mwaka 5 isigaye uzoba wayikosoye, naho bigira incabwenge abarundi baraberekako baribabiteze ngo babitorere kandi vyiza ivyo bibanza vyiwe yobitora sinziko rero ayo makungu avuga ariyo azomuha ubutegetsi gusumba abanyagihugu.
2 Mukakaro 2015, 08:42, par Alone
Inkuru Zivyabaye Mucibitoke
2 Mukakaro 2015, 09:59, par donatien
Mutama reka bakomeze gukinisha ubutegetsi ejo tuzobibabaza abarundi bsrskenye bsbuze indongozi ifungutse NGO ibayobore ibetekeza mwiterambere vuba Imana izokuduha ubikore neza gusa use uraba amakosa kugiras tuzoyahereko tuyakosora
2 Mukakaro 2015, 12:32, par Tubirabe
Iprona yo ntihenda Rwasa gusa na l,etat ya cndd irayihenda ahantu yubahutse igashira Busokoza muri l,etat cndd bazi ivyo yakoze 93.Nukuri dd niyo yambere ihendwa naba porona nanubu ubu bariko bahendwa n,umugore Concilia mbeho ko muvuga Iprona ntiyahe yukuri iriko imuhenda?
2 Mukakaro 2015, 13:31, par Nahobatankura
Uko nyakubahwa agathon abvga nukonyen kuk ntakunt yavuz kar ko atazitab amator bkabimeny mé munyuma ngo ntibkund kubwanj ndatey ivyats umurwi CENI kko niw ushka gtrany abarund kuvyiz wosubrizw nabbishoboye!
2 Mukakaro 2015, 13:46, par Irakoze Baby
Komera Kwicnga Mzee Ivyo Uvuga Ni Ukuri Gusa Bashaka Kwihesha Agaciro Mu Makungu Ariko Barabesha Amajwi Ni Ayawe Tukuri Inyuma Nkubunyegeri Kwi Gufa.
2 Mukakaro 2015, 15:45, par Ducubwenge
Yemwe yemwe aho narindi hari abatoy amizero y’abarundi kuko niwe biyumvamwo cane kand aho hantu naba dd bahari pe.rero kubwivyo mutama rwasa ntiyosigura ukwo.ahubwo abanywanyi babo ntibabigishije bikwiye.kimw nuko abarundi tugiye gutwarwa n’umugambwe umwe kubwabo batavuga rumwe na reta bikuye mumatora nka 2010!ntawukinira umupira hanze y’ikibuga pe.ikibabaje nuko iyo hatowe itegeko kuko aba arumugambwe umwe munama nshingamateka abo batavuga rumwe bagaca bavugako iryo tegeko ritari kurengana mugabo bakibagira ko bari hanze ataco bohindura.yemwe twige kuraba ivyacu apana guhanga amaso amakungu.2010 bari bazi ko ONU ica iyafuta ngo "ko yibwe amatora siko vyagenze" turabe rero iyo turiko turaja tureke ibishobisho vyamakungu.ndaha muzombwira nimutabona amatora aheze nabo bayavuyemwo hama ONU namakungu bacuge bati "twarabonyeibitagenze neza rero dusaba reta mumatora akurikira azokosore ibitagenze neza".wait and see.
2 Mukakaro 2015, 15:46, par Ducubwenge
Yemwe yemwe aho narindi hari abatoy amizero y’abarundi kuko niwe biyumvamwo cane kand aho hantu naba dd bahari pe.rero kubwivyo mutama rwasa ntiyosigura ukwo.ahubwo abanywanyi babo ntibabigishije bikwiye.kimw nuko abarundi tugiye gutwarwa n’umugambwe umwe kubwabo batavuga rumwe na reta bikuye mumatora nka 2010!ntawukinira umupira hanze y’ikibuga pe.ikibabaje nuko iyo hatowe itegeko kuko aba arumugambwe umwe munama nshingamateka abo batavuga rumwe bagaca bavugako iryo tegeko ritari kurengana mugabo bakibagira ko bari hanze ataco bohindura.yemwe twige kuraba ivyacu apana guhanga amaso amakungu.2010 bari bazi ko ONU ica iyafuta ngo "ko yibwe amatora siko vyagenze" turabe rero iyo turiko turaja tureke ibishobisho vyamakungu.ndaha muzombwira nimutabona amatora aheze nabo bayavuyemwo hama ONU namakungu bacuge bati "twarabonyeibitagenze neza rero dusaba reta mumatora akurikira azokosore ibitagenze neza".wait and see.
2 Mukakaro 2015, 16:28, par Georges Ntagw.
Basha Mu Burundi Turabuze Leaders Ship Na Patriotisme,ni Kuki Turyana?Baba Abari Ku Butegetsi Cangwa Ababushak Mumeny Ko Mwese Mur Bene Burundi.
2 Mukakaro 2015, 17:27, par NTAHOMPAGAZE
Nabonye vyinshi!numvise vyinshi!mbona vyinshi numva vyinshi nokoriki mugihugu cuburundi? Nopfukama nkagisengera nkamara nkukwezi ataco ntamira ariko estomac ntinkundira !!ewe mana tabara abarundi nudutabare. abagifis,inguvu nimugisengere mwinginge IMANA igire icidukore yorohereze abarundi bose mumitima batekane ,
2 Mukakaro 2015, 19:49, par Jado
Rwasa Yatwiciye Abahutu Beshi Nabo Bamutoye Æ atanzi Amabi Yakoreye Abiwe Ntaku Abahonze Kurugamba Yabahemukiye Akabaha Iyeboyebo Abandi Bagataha Ukwo Nirukora Ikibi
2 Mukakaro 2015, 19:49, par NZIRUBUSA
MUTAMA BIVUGE UBISUBIR NUKO JEHO NTACONOBAFASHA ATARI UKUSENGERA UBURUND KUK NTAMUTWAR CANK UWUVUGISHA UKURI JEW MBON?MWESE NUGUHAQIRAGUSA!MAN TABARA UBUR
2 Mukakaro 2015, 20:04, par FIDES
IMANA IRAKUND UBUBURUNDI.NABARUNDI NIYO MPAMVU TUTOKWIHEBURA.UWUKORIKIBI WESE AZOGIHANIGWA.AHIBWA ZARIGATIYE AMARASO YA NABOTI NIHO NAYAWE ZIZIYARIGATIRA.
2 Mukakaro 2015, 20:27, par fidelité
Ariko mana yanje,ivyo avuga mwebwe mwuma bishoboka?Abo ba dd bamuhaye ayo majwi yose gushika aje kuri place ya kabiri ni bande ngo tubahane,je ne crois pas du tout à ça jewe mu gutora nabanjz gusuzumako ntora ahatariho,finalement mwemere dd ifise abanywanyi birengeje,iyo migambwe yose nibo bayihaye amajwi?Vraiment ,mbega amakungu atemeye ayo matora twebwe la majorité de la population tuyemera bihindura iki?Igihano bashobora kuduha ni ikihe?Noneho ntawankwa na bose.Abashigikiye peter turi majoritaire ntimuvyiyibagize
2 Mukakaro 2015, 20:40, par janvier
sha ntamatora yabaye kk uharuye amajwi yipfagusa birerekana ko abanyagihuga bagiye mumatira kugshato kk batoyo mwisandugu yanatra bakavuga ko bishkira ikidodo kugra imbonera kure zitababaza UK batoye nivyi niboneye amajwi yipfagusa aza ubwkabiri hose bisugura ko ariyo meshi
2 Mukakaro 2015, 21:20, par Emma_bleu
Mutama Agathon arambabaza cane mu mutima kukuntu bamuhenze muri 2010 akava mu matora none n’ubu yasubiriye.Emwe nagira ngo politique ni iy’abanyabwenge,wew vyamunaniye vraiment.
2 Mukakaro 2015, 22:14, par Vianney Ndiho
Ahubwo Rwasa Yarasaze Erega Ngo Nyina Wiwe Ngo Yaramuvumye Ngo Azopfa Yangara Mwumva Ivy’avuga Arivyo
2 Mukakaro 2015, 22:25, par Vianney Ndiho
Kugez’ubu Rwasa Tumuvuy’inyuma Ntaz’asubire Kuduheda Ok2010 Yavuye Mumatora Nubu Naho!!! Ntazosubira Kuronka Abo Yigisha.
2 Mukakaro 2015, 22:55, par Manwa
Munkundire mbaze, Rwasa, Pacifique, Vital, Kiramvu, Bob Rugurika, Leonce, Minani, n’abandi batari bake baguma bavuga ngo ntibari "ABAJA". Ubu ho hinjiyeyemwo na Maggy. Niyombare n’abandi nka Nyangoma, Sinduhije, ngenda numva kamwe kamwe. Ibibazo n’iki.: Muri mwebwe ninde atwara uwundi, iyo coalition politique yitwa ngw’iki? Iserukira bande? Murwanyiki? Muraturusha. Twebwe abarundi ntitwabatumye mwariyadukije ku mvo z’inda zanyu. Urubanza n’amatora. Ivyo bindi nimugerageze ariko mu menye ko muzosanga mwarasubiyinyuma. Ubu naho wa mu swahili Radjabu ngo aradutse. Je nibaza ko Ivyo mwipfuza n’uwobibaha mworyana mutaranatwara. BIRABABAJE.
3 Mukakaro 2015, 21:53, par Munywero
None ko Rwasa yamenyesheje ko yavuye mu matora ntibabikorereko amajwi yiwe azoja he?Turazi neza ko abagiye gutora babitumwe n’ababatera ubwoba hakaba n’abandi batagiye kubera abo bari gutora bari bamaze kubivamwo,ico nsaba abajejwe amatora boraba uwovuga ko yahevye kwitoza atokwirirwa arashirwa kwikarata y’itora muyasigaye.
5 Mukakaro 2015, 21:25, par patrick
komera mutama turagushigikiye umukuru wa ceni siwe arakoreshwa,ariko yibuke ko azobibazwa.
6 Mukakaro 2015, 11:19, par nduwimana
komera mutama..!vamwo tuhacakire
6 Mukakaro 2015, 11:23, par NDUWIMANA
AHO MUTAMA....VYIHOZE TUHICAKIRIRE WEWE WAMYE UBONA KO BIKENEWE
6 Mukakaro 2015, 14:09, par KIBWA
UWO GWASA ATINYA GUTWARA GUKO NTAVYO YOSHOBORA NICO GITUMA ADUSUBIYE KUTUMARAMAZA IRYAKABIRI.! AHO ARONDERA UGWITWAZO GWO GUHUNGA!! NIHOBAMWATSE UMUGAMBWE!! NTAVYO ASHOBOYE PEEE!!! AHAVAJA GUSENGA KANDI!!
24 Mukakaro 2015, 18:19, par NKERIMANA
NIMUREKE,ATWARE,RWASATURABE,IVYIWE,KO,ABARUNDIYOBAHUNGURA,AKONGERA,AKABAFASHA