IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Tatien Sibomana : "Ntidushigikiye ko batemera kwitaba ibikorwa vy’inama (...)

Tatien Sibomana : "Ntidushigikiye ko batemera kwitaba ibikorwa vy’inama nshingamateka"

lundi 27 Mukakaro 2015, par Paterne

Tatien Sibomana umwe mu bavugira Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi amenyesha ko uruhande arimwo, rudashigikiye ko abatowe muri urwo runani mu matora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yo kuwa 29 Ruheshi bitaba ibikorwa vy’inama nshingamateka.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, Tatien Sibomana yavuze ko amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka batayemera.Yavuze ko ivyo basaba bitahindutse, ko ari itunganywa ry’ayandi matora, kandi umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza atarimwo.

Ico kiganiro cabaye mu gihe Rwasa Agatho arongoye Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi yamaze kwitaba ibikorwa vyo ku munsi wa mbere vy’inama nshingamateka iheruka gutorwa, ari kumwe n’uruhande rumuyoboka.


IGIHE

Messages

  • Ahubwo Rwasa Yamaze Kumenya Abaporona Ko Ari Abakunzi B, Inda Ubuho Hiyongeyeko Na Françoi Bizimana Ntakundi Vyari Kugenda. Ariko Rwasa, Ejo Uyo Muntu Hakagira Amabanga Umuha Ntamisi Izohera Atakwigaramye. Na Nyangoma Yamurungitse Muri EALA Auuga Ko Atanakimwe Yamuhaye Aho Ntukangwe N. Akarimi Ngo Wararonse Matiere Premiere Kandi Canecane Mumwigize Kure Y. Amafaranga Yanyu Canke Ayigihugu, Aho Jewe Ndaguciriye Agace,

  • Ahubwo Rwasa Yamaze Kumenya Abaporona Ko Ari Abakunzi B, Inda Ubuho Hiyongeyeko Na Françoi Bizimana Ntakundi Vyari Kugenda. Ariko Rwasa, Ejo Uyo Muntu Hakagira Amabanga Umuha Ntamisi Izohera Atakwigaramye. Na Nyangoma Yamurungitse Muri EALA Auuga Ko Atanakimwe Yamuhaye Aho Ntukangwe N. Akarimi Ngo Wararonse Matiere Premiere Kandi Canecane Mumwigize Kure Y. Amafaranga Yanyu Canke Ayigihugu, Aho Jewe Ndaguciriye Agace,

  • emma

    tasiyano gezaho wase umuntu azokwimbira icobo kuko wewe ntamahoro ushaka usa numwasi wamahoro muburundi, kandi wanka wemera pita na gwasa baratowe ushaka intambara tangura tukwereke. Nayo gwasa yaguciyemwo humura witonde ubu tuzogutina niwasara.

  • Mama jewe,mbega abo batutsi bafashe Rwasa bakamwihomekako,ngo ntibemera ivyavuye mu matora,mbega batowe na nde?Bagirmana kuri gwasa co kimwe n’izindi mamba ziri muri cnddfdd zikoresha amanyanga zikaja ku ma listes,reka umuntu aze aratwenga,nibagende,iyi session iheze bataje mubasubirize abandi,kuko rwasa ariwe ataje bo ntibotinya,mwa bahutu harageze aho mutongera guhendwa,ndabira aracari mu vya peter na mandat yiwe ya kabiri,sans blague nta mwanya, akazi katanguye nawe ngo ayandi matora,ahubwo rwasa nomuhanura kwicunga bikomeye abo bakorana baramwica bavyegeke kuri cnddfdd,inzigo iraniga kubera yanse kuguma ari igikoresho baguma bifatiye kubera amafaranga bamurusha,

  • Komera Kwibanga Turakuzi Kutari Njiyobiri Rwasa Nawe Yibutse Kwifuka Bwakeye Mbe Ntabe Yararekura Banywanyi Bakamutora Ha Politique Yamunaniye Ashaje Nabi Pe

  • AMATORA YOSE YAGENZE NEZA ARIKO UMUKURU W’IGIHUGU YIBUKE CANECANE ABAMUSHIGIKIYE I NGOZI IYO AVUKA,KUVA MURI 2014 KUKO BAVUGIYE KURI RPA NGOZI BASHIGIKIRA IKIRINGO CIWE TWESE TWIYUMVIRA KANDI BARI MUYINDI MIGAMBWE,CANECANE KAZE-FDD.

  • Komera Kwibanga Turakuzi Kutari Njiyobiri Rwasa Nawe Yibutse Kwifuka Bwakeye Mbe Ntabe Yararekura Banywanyi Bakamutora Ha Politique Yamunaniye Ashaje Nabi Pe

  • murihagararako mureke rwasa bazomumese wenyene.

  • Kugenda Nugukingira Abanwanyi Biwe.

  • Erega Rwasa agathon ntiyokwishinga aba ba UPRONA na ba frodebu batwaye imyaka ni myaka ibintu bikiriho abo bafise amatungo nayo Rwasa nagende kwironderera Ration nayahandiho inzara yo mwica

  • komera naho rwasa nahambe umugambwe wiwe, nakare ntakigenda ariko araba babantu yica ko bitomukwirikirana, nayo peter ntasye bwose ntaco aronse impumyi ntihekeza iyindi.

  • jewe ndabashikiye komera ku muheto kuko nimwaja munama nshingamateka muzoba muhemukiye ababatoye nawe rwasa muri kumwe mu mizero naho yayishashemwo amenye ko atarukiza agiye kuzanira abarundi yaduhemukiye

  • Mushaka kumugira nka 2010,mwumvikanye komutajamumatora nyuma yaho mukajayomwenyene abandi mubasutse,turazikabaporona arabakunzi binda gusa mwashaka kumushuka ntajeyo kugira abe arimwe mubikorokeramwo.Twe nitwe twamutumye twetwamutoye uwutavyumva nawe yihangane ,kuko ntarenga kuco twamutumye.Komera mutama ntusimbwe numutima babarasukana baruzuye turabazi,ikibi wakoze sindanakibona par ailleurs,kowagiye mubinza ufitiye uburenganzira.Guma kwibanga turinyuma yawe.

  • jewengirandababwire akantu kamwe murabona aba porona bo kwa nditije bagizwe nabantu bishe.ariko abo kwa konsiriya nabashaka kubana nabandi bahutu mumahoro.ariko abo kwanditije bashaka intambara tuzofashanya nabadashaka intambara tubavugutire umuti ubakwiye burundu kandi namatora barayatsinzwe nintambara tuzoyibatsinda

  • Rwasa Irambire Imana Irakubona.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.