Umugambwe FROLINA warahinduye inzego

Yanditswe na Grace Irimbere
Kuya 18 Ruhuhuma 2013 saa 08:57
Yasomwe : 109998
0 0

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17 ruhuhuma umwaka w’2013, abarongoye umugambwe FROLINA baratunganije inama idasanzwe i Bujumbura.
Muri iryo koraniro, Adrien Ndayiragije niwe yaciwe atorwa kugira arongore umugambwe FROLINA. Kari n’akaryo ko gufata iyindi ntumbero y’uwo mugambwe.
Umukuru FROLINA yaciye amenyesha ko bakuye uwahora atwara yumugambwe Joseph Karumba kuko umugambwe yari yawugize icibare ciwe ivyatuma bagirira amanama mu hira (...)

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17 ruhuhuma umwaka w’2013, abarongoye umugambwe FROLINA baratunganije inama idasanzwe i Bujumbura.

Muri iryo koraniro, Adrien Ndayiragije niwe yaciwe atorwa kugira arongore umugambwe FROLINA. Kari n’akaryo ko gufata iyindi ntumbero y’uwo mugambwe.

Umukuru FROLINA yaciye amenyesha ko bakuye uwahora atwara yumugambwe Joseph Karumba kuko umugambwe yari yawugize icibare ciwe ivyatuma bagirira amanama mu hira iwe.


Kumenyekanisha

1
duhinduke 19-02-2013 à 01:09

komera ku muheto chamburiyaji

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha