Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubwiza > Umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa yatowe
Umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa yatowe
mercredi 19 Munyonyo 2014
Ikinyamakuru People kiratangaza ku mwaka ku mwaka umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa canke akundwa n’abantu benshi. Uno mwaka uwaje mu kibanza ca mbere avuka mu gihugu ca Australiya.
Umukinyi w’amareresi, Chris Hemsworth niwe yatowe nk’umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa, kandi akundwa "sexy du monde". Uwo yasubiriye Adam Levine, umuririmvyi wo murwi Maroon 5 w’i Los Angeles.
Bakurikirana uku gukurikira:
1) Chris Hemsworth

2) Chris Platt, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika

3) Jamie Dornan nawe nyene akina amareresi avuka mu Bwongereza,

4) Ki Hong Lee avuka muri Koreya y’Epfo,

5) Blake Shelton umuririmvyi w’umudiho wa Country,

6) Bradley Cooper, umukinyi w’amareresi wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika

7) Matt Bomer, umukinyi w’amareresi wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika

8) Michael Strahan, igicocoro mu mupira w’amagaru wo mu Amerika,

9) Eddie Redmayne, akina amareresi avuka mu Bwongereza,

10) Scott Foley, umukinyi w’amareresi wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Abo bose bafise uburebure bungana canke burenga imetero imwe na centimetero 8, kiretse Ki Hong Lee avuka muri Koreya y’Epfo afise imetero imwe na centimetero 78 (1,78) kandi nka bose bavuka muri Amerika.
Mbega nawe wotora nde?
Cherif Nkeshimana
Messages
19 Munyonyo 2014, 17:32, par 2015
jew notora nyakubahwa umukuru wigihugu cuburundi Petero Nkurunziza murakoze
19 Munyonyo 2014, 17:57, par Enock
Eka nanje natora president wa kenya Kinyata.
19 Munyonyo 2014, 19:30, par idiot
Asumba so yakuvyaye,urasubira urabe amafotoyiwe@2015
20 Munyonyo 2014, 22:27, par MBIMBI
Eka nanje nakwitorera uwo nzi uwo nawe akaba Nyakwubahwa President w’Uburundi Petero NKURUNZIZA
3 Kigarama 2014, 00:24, par Siraa
Jewe notora General Adolphe naho agwaye Sida arakeye .kandi aratanga amahera kuba dada.je nubu ndamwemera numugabo muga numva ngo aricana
5 Ndamukiza 2015, 17:10, par amon
njyewe nkuko mbibona burigihe umuntu wambere wambara neza akaba cyeye imyenda imubereye nkana namuha umwanya wambere ni Presida Kagame yambara neza .
18 Rusama 2015, 09:49
game
2 Ruheshi 2015, 22:30, par Minori
Nuko mutarigera mumbona, ntamwiza asumba jewe! Sumvya ubwiza n’imiburiburi abarundi 10.000
27 Mukakaro 2015, 17:04, par Mérthus
Jewe simbona igituma bavuga ko arimwiza,ku bwanje ntabwiza ndamubonako kiretse ko yoba yambara neza gusa.
30 Gitugutu 2015, 09:29, par Munezero
Notora Neymar Umukinyi Rurangiranwa
24 Ntwarante 2016, 16:46, par ETO’O
BARAKWIYE.KUMUKURAKO.ICIGISHO.BAKIFATA.NKUKO.
24 Ntwarante 2016, 16:47, par ETO’O
BARAKWIYE.KUMUKURAKO.ICIGISHO.BAKIFATA.NKUKO.
10 Ndamukiza 2016, 20:20, par Abel burundi
HEMWE UMUNTU MWIZA N UWAMENYE IMANA NAYO VYOSE N UBUSA UMUSGUZI 1:1_BANDANYA WIHWEZE NEZA
1er Mukakaro 2016, 16:57, par Gilbert,Muhuta.
Abo Bose Ntanumwe Notora Kubera Vyose Nubusa Umwiza Nuwamenye Yesu.
8 Mukakaro 2016, 14:56, par NIBIMPA CRAVER
UMU MWIZA NUWAMENYE0YESU
9 Mukakaro 2016, 13:24, par Rodi
Kwisi Umuntu Mwiza Aroreka Ni C Ronaldo Hama Nkurunziza Petero’.
25 Mukakaro 2016, 08:47, par Silove
Mbe Komutora Abinzobe Gusa Abirabure Bo Ntabeza Barimwo? Mbe Kumengo Ntamuntu Wumukene Arimwo?
3 Munyonyo 2016, 23:32, par nzigamwenayo,fabien
niyumvirayuko,icogihefirimasonizokuraho,intwaroyisi,arihotuzoberabafirimasoni,ubuhonobawegute
27 Kigarama 2016, 16:02, par Nibitanga olivier
Kabisa ntimuzi gucagura muraze mundabe nanje
23 Nzero 2017, 15:03, par Jeremie
Murabo Bose Ntanumwe Arimwo Mwiza Ahubwo Muraza Murabe Uwo Nkunze Asumba Abo Bose
15 Ruhuhuma 2017, 08:12, par Ntirampeba Alexis Tito
Kuriyo Brage Wang Wobona Mama Naho Ashaje Womudimbako Ubugari Wangu Mzee Aguma Yiha Icup Ngo Yari Yacaguye Neza
17 Ntwarante 2017, 17:20, par HAKIZIMANA JACQUES
UYUMUHUNGU NIMWIZAVYO ARABEREWE
15 Ndamukiza 2017, 18:51, par Ndayiragije felicien
Bradley cooper
25 Ruhuhuma 2018, 11:29, par Havyarimana Saruvator
Andika hano .Nabaza None Abo Bose Nabasani Mbega Twembwe Abirabure Ntibatunzi
12 Ndamukiza 2018, 18:29, par Nizigiyimana Egide
Non Nukuberiki Atamurundi Arimwo? Ahohoho Nyamb Abarund Aribab,
21 Ruheshi 2018, 08:41, par NDAYIZEY GERARD
Kobama Ivyarivyose Bator Mubihugu Vyaber Muri Afrik Nukuvugak Muri Afrik Atabantu Beza Bahari.