IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Umwaka wa mbere wa baccalauréat wakuweho muri Kaminuza y’Uburundi

Umwaka wa mbere wa baccalauréat wakuweho muri Kaminuza y’Uburundi

mardi 16 Ruhuhuma 2016, par egide

Umwaka wa mbere wa baccalauréat mu gisata c’icongereza muri «Faculté des Lettres et Sciences Humaines» wafuswe muri Kaminuza y’Uburundi. Abari muri ico gisata bakaba bimuriwe muri IPA (Institut de Pédagogie Appliquée).

Mu gihe kuri wa kabiri igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2016 ariho hatangura ivyigwa ku banyeshure bashasha muri kaminuza y’Uburundi, mu mwaka w’ishure w’2015-2016, ubuyobozi bwa Kaminuza y’Uburundi bukaba bwamenyesheje ko bwafashe ingingo y’ugufuta umwaka wa mbere wa Baccalaureat mu gisata c’icongereza muri «Faculté des Lettres et Sciences Humaines».

JPEG - 266.8 ko
Gaspard Banyankimbona, umuyobozi wa Kaminuza y’Uburundi

Iyo ngingo yafashwe mw’itegeko rya Gaspard Banyankimbona, umuyobozi wa Kaminuza y’Uburundi, aho yamenyesheje ko ico gisata gihagaritswe vy’agateganyo aho muri Kaminuza y’Uburundi mu mwaka w’2015-2016.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.