Umuririmvyi Mkombozi asanzwe ari mu buhungiro yasohoye ururirimbo "Papa Nzeyimana ft RWAGASORE NDADAYE" ruvugwamwo amajmbo akomeye, akagaruka ku bwicanyi buba mu Burundi, hamwe n’ubukene abarundi babayemwo.
Amwe mu majambo ari muri urwo ruririmbo "Papa Nzeyimana ft RWAGASORE NDADAYE" rwa Mkombozi avuga ati : "Présidence si parking y’ingendo za buri musi... Présidence si parquet yo gucira imanza abagabo mutavuga rumwe,... Inkuru itari nziza kuri jewe si inkuru, kuko umutwe utagira ubwenge (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi
Mkombozi
-
Mkombozi : Gutwara ni ukwiruka, si ku mupira gusa
16 Ndamukiza 2015, par Egide N -
Bamwe mu baririmvyi bagiriza abamenyeshamakuru b’umuziki kutitwara neza
26 Ruhuhuma 2014Umuririmvyi Mkombozi ntiyakira neza ibikorwa vy’abamenyeshamakuru b’Abarundi bakora ibijanye n’abaririmvyi. Ivyo abivuga afatiye ku ngingo zafatiwe mugenziwe Farious ku ruririmbo What’s my name rumaze iminsi ruhagaritswe ku nsamirizi zimwe zimwe.
Inyuma y’ihagarikwa ry’ururirimbo What’s my name hamwe n’ibindi bikorwa vy’umuririmvyi Farious ku nsamirizi zimwe zimwe, twararondeye ivyiyumviro ku bandi baririmvyi. Mkombozi twayaze, avuga ko Farious yasohoye icari ku mutima wiwe. Ku bwiwe, Farious yama (...) -
Fontaine Isoko: Mkombozi imboneza mu rwaruka
27 Munyonyo 2013Mkombozi ariko abona bishasha mu buzima bwiwe. Amaze iminsi ariko akina ireresi atumweko na PSI. Ubu naho azofadikanya na Patrick 2ten guhamagarira urwaruka kwirinda Sida n’ibiyovya bwenge, hazoba ari mu giteramo co kw’igenekerezo rya 15 Kigarama. Hejuru y’ivyo, ishirahamwe”‘Fontaine Isoko” ryamutoye mu miyabaga indwi (7) y’Abarundi bafise ico bariko bamarira igihugu mu kugiteza imbere kugushaka kw’abo.
Mkombozi asanzwe ari umuririmvyi afise ikibanza gikomeye mu muziki w’Uburundi. Muri iyo minsi (...) -
Biography
19 Ruhuhuma 2013Nzeyimana Thomas benshi bazi kw’izina rya Mkombozi, ni umuririmvyi w’umurundi aririmba m’umudiho wa Hip Hop akaba ari umusore w’imyaka 24.Akaba yarahejeje amashure yisumbuye akaba kandi yakuriye mu gihugu ca Tanzaniya.
Ngo kuva mubutoyi bwiwe yakunda ibijanye no kuririrmba kuko yabitanguye afise imyaka indwi gusa aho yakunda gusubiramwo indirimbo zari zigezweho muri ico gihe.Aho twovuga nk’iza Luck Dubbe,Bob Marley na Christophe Matata.Yamye yipfuza kuzoba umuririrmvyi akomeye bica bimutera (...) -
Menya vyinshi ku muririrmvyi Mkombozi
4 Ruhuhuma 2013Nzeyimana Thomas benshi bazi kw’izina rya Mkombozi, ni umuririmvyi w’umurundi aririmba m’umudiho wa Hip Hop akaba ari umusore w’imyaka 24.Akaba yarahejeje amashure yisumbuye akaba kandi yakuriye mu gihugu ca Tanzaniya.
Ngo kuva mubutoyi bwiwe yakunda ibijanye no kuririrmba kuko yabitanguye afise imyaka indwi gusa aho yakunda gusubiramwo indirimbo zari zigezweho muri ico gihe.Aho twovuga nk’iza Luck Dubbe,Bob Marley na Christophe Matata.Yamye yipfuza kuzoba umuririrmvyi akomeye bica bimutera (...)