Will.i.am azosubira kuntebe y’ishure muri Nyakanga iza.Uwo muririvvyi asanzwe akunda ivy’ubushakashatsi,aripfuza kwiga Physique kandi ariteguriye noku bikundisha abakunzi biwe.
Kubwiwe kugira ubumenyi buhanitse mu buhinga ngurukana bumenyi canke kumenya vyinshi mu bisata vy’imibano,birahobora guhindura ubuzima bw’urwaruka rwibana mumazu.
Will.i.am agereranya umuziki n’ukunonora imitsi ,ariko kandi arakeza abahinga batoye ubuhinga ngurukana bumenyi bita Facebook na Twitter kuko biragaragara ko (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Will.i.am