Inyuma y’amasaha make ururirimbo rwa Sat-b rurasohoka, uwo muririmvyi agahamagarira abakunzi biwe abo yita " aba boss" biwe kuyitegana igishika. Ahamagarira kandi abakunzi biwe ko boshigikira mugenzi we Kigingi mu giteramo ahava agirisha kuri uwu wa gatandatu.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B
SAT B
-
Sat-b: "Aba Boss banje barindire gato uririmbo "Ivyo Bintu"
29 Mukakaro 2017 -
Sat-B yiyemeje guha abakunzi biwe ibintu bishasha
8 Ruhuhuma 2013Bizimana Aboubakar ni umuririvyi w’umurundi yavukiye i Bujumura 1989 akaba azwi kwizina rya Sat-b satelite y’i Burundi.
Uwo muririmvyi aherutse kuva mugihugu c’Ubuganda nkuko twabibamenyesheje mumisi iheze akaba atumenyesha ko arimugusubira inyuma kuko yari yaje guhimbanza umusi mukuru wa saint valentin nabakunzi biwe, ace asubirinyuma kubandanya asohora indirimbo ziri murukurikirane rushasha ( nouvel album).
Yatumenyesheje ko yatashe atuzaniye agakemanyi kuturirimbo tubiri muri zitanu (...) -
Umuririmvyi SATB yaratahutse i bujumbura inyuma y’iminsi amaze muri Ouganda
25 Nzero 2013Inyuma yaho asohoreye indirimbo Tanganyika Girl,n’izindi ziri muri studio zitarasohoka,umuririmvyi w’umurundi SAT B yaratahutse i Bujumbura mu karuhuko.
Kubw’ibikorwa vyinshi yariko arakora mukwitegurira kuririmbana n’abaririmvyi bo mu karere ,uwo muririmvyi ntiyashoboye kugira imisi mikuru iheza umwaka hamwe n’umuryango wiwe. Ariko ntivyamukundiye ko agira umusi mukuru w’abakundana
« saint valantin »mu mahanga.
Umuririmvyi SAT B akaba yatahutse mu gihugu ciwe ku musi wambere ,akaba zomara (...) -
Ubutumwa bwa SAT B kuri manager wiwe
12 Nzero 2013Umuririnvyi SATB ashima intambwe agezeko mugushikira indoto ziwe,akaba yaranditse kugira ashime ku mugaragraro uwo ashimira nawe akaba ari umufasha wiwe mu mwuga wo kuririmba,ngo niwe yamufashije kuba uwo ari uyu musi.Arigana uko bahuye na manager wiwe akongera akamushimira.
Umuririnvyi SATB agira ati:«DJ Jackson ntiyashaka ko nvuga izina ryiwe tutararangura igikorwa kiboneka ,ubu mbona ko ibikorwa bigeze kure ndashobora kuvuga ibintu bimwe bimwe.Ni inkuru isanzwe,twamenyaniye kuri (...)