IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > AFJO: Abakenyezi bakora umwuga wo kumenyesha amakuru baracari (...)

AFJO: Abakenyezi bakora umwuga wo kumenyesha amakuru baracari bake

jeudi 25 Rusama 2017

Agnès NINDORERA, arongoye ishirahamwe ry’abakenyezi bakora umwuga wo kumenyesha amakuru avuga ko igitigiri c’abamenyeshamakuru b’abakenyezi kikiri gito mu binyamakuru bikorera mu Burundi, bagereranije n’abagabo bakora uwo mwuga.

Umukuru w’ishirahamwe ry’abakenyezi bakora umwuga wo kumenyesha amakuru amenyesha ko mw’ishirahamwe arongoye, bihaye intumbero yo gufasha abakenyezi bakora uwo mwuga kugira uruhara runini mw’itunganywa ry’ibimenyeshamakuru.

Agnès NINDORERA arongoye ishirahamwe AFJO arashima ariko ko Reta y’Uburundi yamaze gushiraho amategeko akingira agateka k’umukenyezi mu bisata bitandukanye.


MUGISHA Van

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.