IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure baronka urupapuro rw’umutsindo mu mashure yisumbuye y’ikiganga (...)

Abanyeshure baronka urupapuro rw’umutsindo mu mashure yisumbuye y’ikiganga bategerezwa kuba bafise amanota 60 %

Thursday 5 July 2018, by vianney

Mu rwandiko umushikiranganji w’amagara y’abantu yashize ahabona ,Thaddée NDIKUMANA amenyeshako buri munyeshure yiga mu gisata co gupima ingwara “Laboratoire” ategerezwa kwongerwa amanota 5 kw’ijana kuyo yaronse mu bikorwa vyo kwandika ,kubazwa no kwimenyereza (Théorie,pratique).
Thaddée NDIKUMANA avuga ko ata munyeshure yemerewe gusubiramwo umwaka umwe incuro zitatu ariko uwusubiramwo ku ncuro ya kabiri abifitiye uburenganzira.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.