IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Abarovyi bane b’abarundi bafashwe n’igisirikare c’Urwanda

Muyinga : Abarovyi bane b’abarundi bafashwe n’igisirikare c’Urwanda

vendredi 24 novembre 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi aciye k’umuvugizi Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko abo barovyi uko ari batandatu bose banyurujwe nk’igihe c’isaha icumi n’imwe z’igitondo.

Umuvugizi w’igiporisi amenyesha ariko ko nk’igihe c’isaha zitatu z’igitondo babibiri muri abo barovyi bahavuye barekurwa, ariko abandi bakaba bagumye mu minwe y’abasirikare b’Urwanda.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Abasoda bo mu Rwanda bafise discipline kandi bubahiriza agateka ka zina muntu,ntibica nk’ababarundi,abo barovyi nta nkeka bazogaruka ino,iyo iza kuba ari abanyarwanda bafashwe n’abino bobatoye ibiziga ubwo nyene

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.