Home > Amakuru > Ubutungane > Aimée Laurentine KANYANA " Ahari inyungu za Reta hagiye kuja (...)
Aimée Laurentine KANYANA " Ahari inyungu za Reta hagiye kuja umushingwamanza"
Tuesday 3 July 2018, by
Ivyo yabishikirije kuruno wa kabiri igenekerezo rya 3 Mukakaro 2018,mu nama yamuhuje n’inzego zitandukanye z’igihugu mu ntumbero yo gusubiramwo itegeko rijanye no guhagararira inyungu za Reta.
Muriyo nama ,Aimée Laurentine KANYANA yamenyesheje ko hari abarongoye inzego zitandukanye z’igihugu benshi batabungabunga neza ivyo bajejwe na cane cane mu kudashira imbere inyungu z’igihugu.
Vianney BIKORIMANA