IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Algerie: Abantu 257 basize ubuzima mw’isanganya ry’indege

Algerie: Abantu 257 basize ubuzima mw’isanganya ry’indege

Wednesday 11 April 2018, by Jean De Dieu

Amakuru dukesha iradiyo BBC amenyesha ko iryo sangaya ryabaye inyuma y’umwanya muto iyo ndege ihagarutse ishaka gufata urugendo ija ahitwa i Bachar mu bumanuko bushira uburengero bw’ico gihugu.

Amakuru atangwa n’abajejwe umutekano amenyeshako abenshi mu bapfuye ari abasirikare hamwe n’imiryango yabo harimwo abakozi 10 biyo ndege

Bivugwa ko icatumye iyo ndege igira iryo sanganya kitaramenyakana ariko ibikorwa vyo kurondera abapfuye bikibandanya.

Hari haciye imyaka 4 habaye isanganya ry’indege rihitanye abantu benshi aho abantu 298 bapfuye mw’isanganya ry’indege yo mu gihugu ca Malaisie MH17 mu kwezi kwa Mukakaro umwaka wa 2014.


Bikorimana Vianney

Forum posts

  • NDAHOJEJE, IMIRYANGOYABUZE AMATOHOZA YIHUTE,TUMENYE ICATEYE,IYOSANGANYA,NTIBIBE NKURWANDA,TUTARAMENYA,UWATIBUYE INDEGE,IRIMWO PRESIDENT WACU NYAKWUBAHWA CYPRIEN,NTARYAMIRA URWANDA,MENYA,KO,UBURUNDI DUKENEYE UKURI!!!

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.