IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Amasasu umunani yafatiwe mu modoka yunguruza abantu

Amasasu umunani yafatiwe mu modoka yunguruza abantu

mardi 18 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Imodoka yunguruza abantu (Bus) yafatiwe mu gisagara ca Bujumbura, hafi y’aho bita kuri "Chanic", kw’ibarabara Bujumbura-Gatumba, hafi y’ishirahamwe BRARUDI, ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko abajejwe umutekano bari biketse iyo modoka, barayikurikira, bayisatse basangamwo amasasu umunani y’inkoho yo mu bwoko bwa Kalashnikov.

Mu giporisi bavuga ko iyo modoka yaciye ifatwa, uwariko arayitwara nawe arafatwa ku mvo z’amatohoza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.