IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bubanza : Abagirizwa gutanga inyishu z’ikibazo baciriwe gupfungwa imyaka (...)

Bubanza : Abagirizwa gutanga inyishu z’ikibazo baciriwe gupfungwa imyaka ibiri n’igice

jeudi 14 juin 2018

Abo bayobozi babiri ni HAKIZIMANA Ferdinand na HASHIMAGIZWUHORAHO Eraste bagiriwe n’icaha co guha inyishu z’ikibazo ca Reta abanyeshure.

Abandi bahawe igihano ni NIYONKURU Noël, NDAYIRAGIJE Émile, NIJEBARIKO Isaac, NYANDWI Anastasie na NTEZIMANA Concilie, bagiriwe n’icaha co gufasha gutanga inyishu z’ikibazo ca Reta, bakaba bahanishijwe none umw’umwe ihadabu ry’amafaranga ibihumbi ijana, batayarishe bace bapfungwa umunyororo w’umwaka uhereye kuva urubanza rugisomwa.

Urwo rubanza rubaye inyuma y’aho abo bayobozi n’abigisha bagirijwe ko bafashije mu gutanga ikibazo ku banyeshuri mu kibazo ca Reta gitanga uburenganzira bwo kuja mu gice ca kabiri c’ishuri nshingiro.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.