IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Igice c’uburaro bw’abahungu kw’ishure ryisumbuye ETB (...)

Bubanza : Igice c’uburaro bw’abahungu kw’ishure ryisumbuye ETB bwahiye

vendredi 8 juin 2018

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mucanwa wadutse nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, aho vyikekwa ko wavuye ku muyagankuba.

Pierre NKURIKIYE avuga ko, ata muntu yahasize ubuzima canke akomereke, ariko amamatera baryamako ariyo yahiye aratokombera.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.