IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura: Umuntu umwe yakomerekeye mu gitero ca Grenade

Bujumbura: Umuntu umwe yakomerekeye mu gitero ca Grenade

samedi 27 Rusama 2017

Amakuru ava mu begereye ahatewe izo grenade amenyesha ko izo grenade zatewe hafi y’ahari ishuri ry’abafaransa, kw’ibarabara Muyinga, rica haruguru y’ikibuga c’umupira w’amaguru Stade Prince Louis RWAGASORE, bikavugwa ko zatewe n’abantu bari mu modoka .

Ayo makuru nyene amenyesha ko inyuma y’urwamo z’izo gerenade, haciye humvikana amasasu menshi ari nayo ashobora kuba yarakomerekeje bidakomeye cane umuntu umwe.

Amakuru ava mu gipolisi c’Uburundi amenyesha ko hari umuntu umwe yamaze guhagarikwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.