Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Umugabo ataramenyekana yatowe ikiziga
Bururi : Umugabo ataramenyekana yatowe ikiziga
vendredi 22 Nyakanga 2017, par
Abajejwe intwaro bavuga ko uwo muntu yari amanitse ku giti ataramenyekana, amatohoza akaba yatanguye kugira abishe uwo muntu bamenyekane, n’uwo mu tu nyene amenyekane.
Egide NDUWIMANA