IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Buterere : Abantu bataramenyekana igitigiri bitavye Imana baguweko (...)

Buterere : Abantu bataramenyekana igitigiri bitavye Imana baguweko n’inzu

vendredi 16 mars 2018

Iyo nzu yahenutse mu gatondo ko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 16 Ntwarante 2018, igihe abakozi bariko bashirako isima n’umusenyi (beton).

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi, ntavuga igitigiri nyezina c’abitavye Imana, ariko ku rubuga rwa twitter rw’igiporisi c’Uburundi, bamenyesha ko ari benshi bitavye Imana.

Ni inkuru tubandanya tubatohoreza, uko amakuru y’abahitanye niryo sanganya abandanya aboneka, niko tubandanya kuyabashikiriza.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.